Ubuvuzi kama muburundi

Ubuvuzi kama muburundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ubuvuzi kama muburundi, Medical and health, Bujumbura, Bubanza.

  nyamba umaze kurushinga nukuri ntakintu kibabaje nko kuzana umugore bikanka ko umwabira mubisanzwe ntamugore aca inyum...
04/02/2026

nyamba umaze kurushinga nukuri ntakintu kibabaje nko kuzana umugore bikanka ko umwabira mubisanzwe ntamugore aca inyuma umugabo amwabira ukwo abishatse ariko umugore utamwabira aragenda Kandi nawe ukigaya murugo✅

Muganga vianney :+257 68 61 34 36

MN: burimugabo wese arashoboye kwabira ariko igikorako abagabo muriyiminsi ni ukurangiza vuba (éjaculation précoce) . ushobora kwibaza ati biva kuki🤔 !!!.

Kurangiza vuba tubivuga mugihe umuntu adashobora Kumara niburiburi iminota 10 atanguye amabanga. mugabo ukaba U*i ko bigushikira ntabwo umugore atoguca inyuma🤷 .

Kurangiza vuba bishobora gutegwa nibintu bitandukanye kuba warikinishije ( ********on ) kuba ufise obésité,kuba ufise ikibazo ca amibe,kuba ufise ikibazo ca diabète du type 2, kuba ufise ikibazo c'umugongo, kuba ufise ama stress,ibibazo vya prostate, testosterone iri kurugero gwo hasi n'ibindi ,,,,)

Ariko Dufise ingaburomuti yitwa REVIVE CAPSULES💊💊 ihangana nibibazo vyimyororokere kurugero gwo hejuru kubagabo canke abasore usanga bagira ibibazo vyo kubura ubushake, kutisubiriza, ingaruka zokwikinisha, kurangiza vuba, gucika intege mukurangura amabanga mpuzabitsina, guteba gushukwa, n'ibindi bibazo bitandukanye.

Gukoresha REVIVE CAPSULES💊💊 vyogufasha kwongera kugarura ivyishimo vy'urugo rwawe.
Whatsapp docteur :+257 68613436

Iyi nyunganiramirire ya Revive nta ngaruka itera ku buzima bwa muntu, ahubwo ifasha mu kurwanya ingaruka ziba zaratewe no gukoresha imiti irimwo chemical elements nka ( Vi**ra 🥱, furaha 🤭, n'ibindi)

Whatsapp docteur :+257 68613436

▶️SIVYO GUSA KANDI TUVURA
1.Amibe
2.Umwijima
3.estoma
4.Diabète du type 2
5.Umwingo
6.Prostate
7. Kubagore batagira amavangingo
8. Infection
9.Nizindi Ngwara nyinshi zitandukanye Tutabashije kudondagura

Karibu mwivuze REVIVE CAPSULES muriyimisi iri kuri promotion munyaragase itarahera

Whatsapp Muganga :+257 68613436 ✅

Humura Nawe Wokira kuko wakigwa nabahanga babinonosoye ✅✅

04/02/2026

Medical & health

IGITUMA umugabo wese arenza IMYAKA 35 akwiye kwitwararika igihimba ciwe ca PROSTATE :*- Waruzi ko umugabo arengeje imyak...
27/01/2026

IGITUMA umugabo wese arenza IMYAKA 35 akwiye kwitwararika igihimba ciwe ca PROSTATE :*

- Waruzi ko umugabo arengeje imyaka 40 utunyabugingo (cellules) twubatse igihimba ca PROSTATE ciwe dutangura kwononekara kandi umubiri wiwe utera ugabanya ubushobozi bwo kwubaka utunyabugingo dushasha ?
- Waruzi ko kumyaka irenga 50 PROSTATE kenshi itangura kuvyimba hanyuma ikanashobora kuvamwo Cancer kubera twa tunyabugingo twononekaye gose ?
- Waruzi ko umugabo arenza imyaka 50 (hormones: testosterone) butera bugabanuka bikajana n'ubushobozi bwo kurangura amabanga yabubatse ?

Kurivyo vyose tudondaguye hejuru, umugabo wese arashobora kuvyikingira mugihe yize gufungura neza. Ariko bivanye n'uko ubu dufungura infungurwa zidakwije ivyangombwa, birasabwa ko turonka inyunganiramfungugwa (ingaburo ) zubaka canke zinagura ibihimba vyacu vy'umubiri.

*M.N:Bashingantahe ntimwirengagize ingaburo zubaka prostate kuko niho hahagaze ubugabo bw'umugabo*🗣️🗣️

ADRESSE : DUKORERA BUJUMBURA CENTRE VILLE IMBERE YA BANCOBU SIÈGE KURI AVENUE DE LA FRANCE NI NEZANANEZA IRUHANDE YA CAFÉ GOURMAND ✅

🛑Heures d'ouverture lundi à vendredi kuva 8h00 kugera 17h00

🛑 Samedi kuva 8h00 kugera 15h00

🛑 Dimanche ntidukora

POUR PLUS D'INFORMATIONS VOUS POUVEZ NOUS CONTACTER AU NUMÉRO :

WhatsApp /Appel :+257 68 68 61 34 36

  nyamba umaze kurushinga nukuri ntakintu kibabaje nko kuzana umugore bikanka ko umwabira mubisanzwe ntamugore aca inyum...
19/01/2026

nyamba umaze kurushinga nukuri ntakintu kibabaje nko kuzana umugore bikanka ko umwabira mubisanzwe ntamugore aca inyuma umugabo amwabira ukwo abishatse ariko umugore utamwabira aragenda Kandi nawe ukigaya murugo✅

Muganga vianney : +257 68613436

MN: burimugabo wese arashoboye kwabira ariko igikorako abagabo muriyiminsi ni ukurangiza vuba (éjaculation précoce) . ushobora kwibaza ati biva kuki🤔 !!!.

Kurangiza vuba tubivuga mugihe umuntu adashobora Kumara niburiburi iminota 10 atanguye amabanga. mugabo ukaba U*i ko bigushikira ntabwo umugore atoguca inyuma🤷 .

Kurangiza vuba bishobora gutegwa nibintu bitandukanye kuba warikinishije ( ********on ) kuba ufise obésité,kuba ufise ikibazo ca amibe,kuba ufise ikibazo ca diabète du type 2, kuba ufise ikibazo c'umugongo, kuba ufise ama stress,ibibazo vya prostate, testosterone iri kurugero gwo hasi n'ibindi ,,,,)

Ariko Dufise ingaburomuti yitwa REVIVE CAPSULES💊💊 ihangana nibibazo vyimyororokere kurugero gwo hejuru kubagabo canke abasore usanga bagira ibibazo vyo kubura ubushake, kutisubiriza, ingaruka zokwikinisha, kurangiza vuba, gucika intege mukurangura amabanga mpuzabitsina, guteba gushukwa, n'ibindi bibazo bitandukanye.

Gukoresha REVIVE CAPSULES💊💊 vyogufasha kwongera kugarura ivyishimo vy'urugo rwawe.
Whatsapp docteur :+257 68613436

Iyi nyunganiramirire ya Revive nta ngaruka itera ku buzima bwa muntu, ahubwo ifasha mu kurwanya ingaruka ziba zaratewe no gukoresha imiti irimwo chemical elements nka ( Vi**ra 🥱, furaha 🤭, n'ibindi)

Whatsapp docteur :+257 68613436

▶️SIVYO GUSA KANDI TUVURA
1.Amibe
2.Umwijima
3.estoma
4.Diabète du type 2
5.Umwingo
6.Prostate
7. Kubagore batagira amavangingo
8. Infection
9.Nizindi Ngwara nyinshi zitandukanye Tutabashije kudondagura

Karibu mwivuze REVIVE CAPSULES muriyimisi iri kuri promotion munyaragase itarahera

Whatsapp Muganga :+257 68 61 34 36 ✅

Humura Nawe Wokira kuko wakigwa nabahanga babinonosoye ✅✅.

🛑INDWARA ITERWA NA AMIBE (AMIBIASE)MFASHE UMWANYA TUGANIRE NABANTU AMIBE IMEREYE NABI :1️⃣Ese waruziko Amibe:� Ishobora ...
10/01/2026

🛑INDWARA ITERWA NA AMIBE (AMIBIASE)

MFASHE UMWANYA TUGANIRE NABANTU AMIBE IMEREYE NABI :

1️⃣Ese waruziko Amibe:
� Ishobora kwonona ubwonko ukaza ususumira?

2️⃣� AMIBE ishobora gutuma Utarangura amabanga yabubatse neza? N'imboro ikitunatuna ukayoberwa Ikiriko kibitera?(bikunze gushikira abagabo plus de 35ans)

3️⃣�Amibe Ishobora gutuma urwara inyama zo munda?

4️⃣�Amibe Ishobora gutuma uhorana isereri,...

5️⃣Amibe ishobora gutuma igitigu candura iyo vyageze kurundi rugero (Kugwara Igitigu/Hépatite n'ibindi vyinshi?)

🛑ICO mutari muzi :
Amibe ntabwo ari indwara ahubwo amibe ni inzoka ibana numuntu uwariwe wese kuko buriwese agira amibe mumubiri wiwe ,Amibe rero ikaba isanzwe iba muma intestins (AMARA)

🛑Niryari Amibe itera ibibazo umuntu !!!

Twavuzeko Amibe iba muma intestins rero iyo Ama intestins (AMARA) yononekaye canke amavuta atayo bivanye nimvo runaka Amibe ica ivayo igatembera mumubiri ikaja kurya amavuta aba muruti gw'umugongo ariharya wumva vyanka ko wunama ngo wunamuke uk**a wiganyira

🛑Niryari Amibe iteza ibibazo mubwonko👇

Twomenyako iyo usamaye ntiwivuze Amibe imaze Kumara amavuta yo muruti gw'umugongo ica igenda kurya amavuta aba mubwonko gutyo uk**a wibagira cane kubagabo naho amabanga yabubatse bikagorana cane

🛑Niryari bikuviramwo urupfu 😭

Mugihe Amibe iriko irarya amavuta yo mubwonko hanyuma igaca umutsi umwe muyigize ubwonko umuntu aca agwara ingwara twita iyo mumutwe (uwo twita umusazi) ndetse bikakuviramwo urupfu😭

🛑Benshi baribaza ATI kuki nivuza ikagaruka!!!!

Mubisanzwe ushobora kugenda kuri pharmacie ugahabwa umuti (utunini) tugwana na Amibe hanyuma wadufata ubumara bwatwo burokera Amibe kubwivyo Amibe igahunga igasubira muma intestins (AMARA)ariko ubumara buheze irasubira ikavayo ikagaruka kukubabaza mumubiri ariho ubona yakubujije ivyo ufungura, umubiri ukavyimba ,,,,

🛑Ati mwabuze vyinshi mweho murafasha iki kuri Amibe

Ushaka ubufasha bwacu urashika Aho dukorera ukabonana na muganga akagukorera ibipimo vyumubiri (Analyse pathologique du corps) tukaraba inkomoko ituma Amibe ikumerera nabi akaraba ama intestins urugero ariko ,amavuta ukwo ameze ndetse akaraba Nico imaze kwonona kubwivyo ugahabwa umuti bivanye nibipimo vyatowe ubwo Amibe ukisubirira mukibanza cayo umuntu akaronka amahoro ubuziraherezo

🛑MN: DUKORESHA PRODUITS NATURELS SANS PRODUITS CHIMIQUES AJOUTÉS

🛑 Adresse : DUKORERA BUJUMBURA CENTRE VILLE IMBERE YA" BANCOBU SIÈGE" NEZANANEZA IRUHANDE YA "CAFÉ GOURMAND"

🛑 HEURES D'OUVERTURE : LUNDI À SAMEDI KUVA 8H00 KUGERA 17H00

🛑Pour plus d'informations vous pouvez nous contacter au numéro :
+25768613436
call/ WhatsApp

Amagara ni amazi aseseka ntibayore ✅

  N'ABAGORE ibibibazo mumenyeko mwese murimwo : urikinisha, Urangizavuba , ntabushake ugira, Warabuze uruvyaro, ugwaye i...
09/01/2026

N'ABAGORE ibibibazo mumenyeko mwese murimwo : urikinisha, Urangizavuba , ntabushake ugira, Warabuze uruvyaro, ugwaye infection, ntamazi ugira, Andikira Muganga Vianney kuri whatsap agufashe : 68 61 34 36

ufise ikibazo cokwabira ugakora kamwe igaca igwa kuvyuka bikananira umuti uriho ubivura ugakora incuro zirenga 3 igihagaze , abagabo batagira ubushake , muminota 2 baba barangije sezera burundu ivyo bibazo ✅️

Mumanza gukoregwa igipimo tukaraba urugero ikibaz kigezeko nicagiteye nimba ari hormone nkeya ufise mumubiri tukazongerereza

Dukorera Bujumbura Centre ville imbere ya BANCOBU SIÈGE, nezananeza iruhande ya CAFÉ GOURMAND✅

ufise ikibazo co kurangiza vuba andikira Dr Mugisha kuri WhatsApp 68613436

Ntabusuma burimwo kubera ntuturungikira amahera wewe urashika aho dukorera tukagupima tukaraba icateye icokibazo hama tukakirandurana n'imizi burundu ugasubira kunezereza umukunzi wawe.

Dufise imiti ituma wabira 45min kuduga ukabandanya akakabiri itaragwa kandi ukisubiriza igihagaze

Sivyo gusa tuvura na zangwara bama bavuga ngo ntizikira:

Infection
Diabète
Estoma
Asima
Sinezite
Amibe
Umwingo
Umugongo
Ibivyimba
Amenyo
Hépatite ABC
N'izindi nyinshi mwibaza ko zidakira

Ufise, ikibazo andikira Dr Mugisha kuri WhatsApp 68613436
NDASUBIYEMWO NTABUSUMA BURIMWO URISHIKIRA AHO DUKORERA +257 68 004 641
Ikigo cacu gikorera mubihugu vyinshi naho woba utari muburundi turakwereka ahari ishami ryacu mugihugu urimwo 68613436

Naho woba ufise imyaka 65   uragusubiza mubusore kuko wongeza inguvu   isaha yose wisubirizaKutakaza inguvu zo kurangura...
26/12/2025

Naho woba ufise imyaka 65 uragusubiza mubusore kuko wongeza inguvu isaha yose wisubiriza

Kutakaza inguvu zo kurangura amabanga yabubatse ni kimwe mu ndwara zibangamiye ingo nyinshi
Appel/whats (257 68 61 34 36 )

*NI GUTE TWOBONA KO TUGENDANA UBWO BUGWAYI Ibimenyetso twoshobora kubivuga mumice 4*

1 .hari abagabo igitsina cabo bigorana ko gishobora guhakuruka naho umufasha wiwe yo mutegura gute akamukorakora mubihimba nkaburamubiri itigera igira inguvu

2 .hari umuce w' abagabo igitsina cabo gihaguruka bariko barashushanya n' umugore wiwe ( caresse) ariko ubwo nyene kigaca kigwa ataco arakora

3 .hari umuce wabagabo ashobora kuba agishushanya n' umufasha wiwe canke umukunzi wiwe ubwo nyene igitsina kigahaguruka kandi gifise n' inguvu ubwo nyene intanga zigaca zisesa hasi atararangura amabanga mpuzabitsina ( éjaculation précoce )

Akenshi birakunze guterwa na prostate canke kuba uwomuntu yoba yarigeze kwikinisha ma********on bigatuma turya turingoti dusohora amasoro twononekara. Hamwe nibindi bibazo bitandukanye.

Muti none hokorwa iki kugirango umuntu ashobore gukira? icambere nuko kumuntu abafise ibimenyetso benivyo yobonana namuganga kugirango amufashe.

Dukorera Bujumbura nomuzindi ntara Ndetse nomubindi bihugu bivana naho utumbereye uravugwa vyoroshe

Whatsapp Muganga :+257 68613436

    Ese wifuza kurongora UMUGORE wawe akakwirahira baza Docteur (+257 68 61 34 36 ) NDAMWIZEYE ARAKUGIRA INAMA ANAKWEREK...
18/12/2025

Ese wifuza kurongora UMUGORE wawe akakwirahira baza Docteur (+257 68 61 34 36 )

NDAMWIZEYE ARAKUGIRA INAMA ANAKWEREKE UKO WITWARA UTANGIYE GUSHORA IMIZI RERO NTUCIKWE NGO BAZONGERE BAKUNYUZEMO IJISHO

💊(NIBA URANGIZA_VUBA,UCIKA INTEGE, WIKINISHA AGATURU KA 2 KAKUGORA IYI NIYAWE)
:call +257 68613436

Bwira nabandi ko wabonye umuti tugufashe uhinduke uwo wifuza mururyamiro.

DORE Ivyo IFASHA:

� Ese waba ugira ikibazo cyo Kurangiza vuba?
� Ese waba ugira ikibazo cyo Kutagira ubushake?
�Ese waba Ukora agaturu kambere ariko gushaka aka kabiri bikanga?
�Ese uri umudamu cank umukobwa ariko ntamazi ugira cank ufite make?
� Ese Intanga zawe zacitse amazi cank zigenda gake
�Ese wabaswe no kwikinisha cank ufite zimwe mungaruka zabyo?

7) Tuvura nizindi ndwara nyinshi nka Amibe ,igifu,impyiko, umwijima, amara, diabete, umutima, estomac, amafyigo, umugongo, imitsi(les nerfs), ibivyimba...... .......nizindi nyinshi

Wigira Isoni Nyandikira cank Umpamagare Nkukorere Umuti cank call :+257 68613436

Ese waruziko iyi miti yacu yakugeraho niyo mumahanga uri? Igisubizo ni yego .Mutugane tubahe services nziza cane.....

Ufise ikibazo ça infection urinaire ? Ufise ikibazo ça infection vaginale ?Zaranse gukira? *✴️ Umuti uzivura  Burundu ub...
18/12/2025

Ufise ikibazo ça infection urinaire ?

Ufise ikibazo ça infection vaginale ?

Zaranse gukira?

*✴️ Umuti uzivura Burundu ubutagisubira guhangayika warabonetse!

*UBWANDU BWO MUGITSINA GORE (INFECTION VAGINALE)*

Zimwe mu ndwara zibangamiye abagore n'abigeme muri iyi minsi ni *infection vaginale*, hagukira iguma igwirirana kandi abenshi baguma bafata imiti itandukanye ntibakire .

‼️Ndagusabe ukurikirane ubwitonzi iki cirwa kugira umenye uko wokwifata.

*UBWOKO N'IBIMENYETSO VYA INFECTION VAGINALE*.

Infection ziri ubwoko bwinshi ariko twibanda kuyigishibije kurusha izindi kuko benshi bayitiranya na infection urinaire.

*1.CANDIDOSE VAGINALE*

Iyi ikaba ifatira mû gitsina gore,ikaba iterwa n'umugera bita *Candida Albicans*.
Iyo umaze kwinjira mu gitsina gore,ukahigarurira,ugabanya urugero rw'imigera idatera indwara uba mu gitsina gore( flore vaginale) maze ibimenyetso bikurikira bikigaragaza :
*Gusarasatwa(démangeaisons) kugitsina(petites et grandes lèvres) bigatuma aguma yiyagaza.

* Ibintu vyera bisohoka biva mu gitsina (leucorrhées)

* Gutukurira mû gitsina (rougeur)

* Uduherehere tujako.

✴️Ubu bwoko bwa infection, bufata ibice 75% vy'abakobwa n'abagore mu buzima bwabo.

*NB*: Benshi mu bakobwa iyo babibonye barinumira bikabatera ubwoba kuko bibaza ko bishobora kuba vyatewe nuko boba barasambanye,...
Oya, si ivyo vyonyene!
bibwire abavyeyi babavuze kuko biva kuri vyinshi.

*2. LA VAGINOSE BACTÉRIENNE*

Iyi nayo iterwa n'umugera bita *Gardnerella vaginalis* ukaba winjira mu gitsina gore ukonona igitsina maze ibimenyetso bikurikira bikiyerekana :

* Kwakaka mu gitsina gore (brûlures vaginales)

* Kunuka mu gitsina gore (Odeurs désagréables)
Na cane cane iyo ihuye n'imbuto z'umugabo (sperme).

* Ibintu vyera biva mu gitsina gore vyinshi.

*NB*: Kunuka bibaho iyo habaye guhuza ibitsina, kubera imbuto zamugiyemwo, ariko si imisi yose aba ari ingwara.

*3. MYCOPLASME*

Iyi rero ishobora gufata umugabo nkuko ifata n'umugore kubice 70%.
Ikaba iterwa n'imigera bita *uréaplasma urealylcum* na *mycoplasma hominis*
Iyo imeze nk'imwe ya mbere ku bimenyetso ariko iyo yavuye ku mugera twita *mycoplasma genitalium* ishobora gutera *ubugumba* ku mugore canke ku mugabo kuko ishobora no gutembera mu maraso, mu mate(salive), mu mpwemu kugeza naho iteza ingorane yo kwakaka ku muryango w'igitereko (col de l'utérus).

*NONE TWOZIKINGIRA GUTE?*

Biragoye kuzirinda ariko
hari bike novuga umugore canke umwigeme akwiriye gukora mukwikingira :

* Inywa amazi akwiye( niburiburi amaritiro 2)

* Ntugashire uduhuzu two munsi muri do**he canke ahandi haca umuyaga.(vyiza wotumesa,twumye ukatubika mwisakoshi wabanje kutugorora.

*INKURU NZIZA*

Iyo ndwara iravugwa igakira burundu .Tubafitiye ingaburo zabigenewe tukabakurikirana gushika mukize .

Mukeneye UBUFASHA canke izindi nsiguro twandikire kuri :

𝐖𝐡𝐚𝐭𝐬𝐀𝐩𝐩 +257 68 61 34 36 canke appel isanzwe

*UMVIRIZE INTAHE YUY' UMUGABO*👇👇👇👇🛑JEWE UMUGORE WANJE YAGIYE MUBAPFUBUZI KUBERA KUTAMUKWIRIZA🤦🏿‍♂️   Akabwira chr ntisa ...
13/12/2025

*UMVIRIZE INTAHE YUY' UMUGABO*
👇👇👇👇
🛑JEWE UMUGORE WANJE YAGIYE MUBAPFUBUZI KUBERA KUTAMUKWIRIZA🤦🏿‍♂️
Akabwira chr ntisa injiza nanje nashirayo bikanka
mfise IMYAKA 52 umugore wanje nawe Akaba afise imyaka 27 ,Rero murumvako hariho itandukaniro hagati yacu mukwezi kwa 11 umugore wanje bamufashe ariko asambana numusore bangana bamubajije icatumye areng ibigo yaciy avugango ntaco ndamuriye murugo ngo sindamukwiriza🤦🏿‍♂️
Ngo yarihanganye kera ariko ngo simpinduka

Nihutiye kuraba umuganga akorera i Bujumbura aramfasha

🛑Twaraganireye cane kukibazo gituma abagore baca inyuma abagabo

🟠Abagore Bose bakunda kwabirwa , umugore wese adakwirizwa aracana inyuma (uwariwe wese)

🛑Niryari bavugako umugore adakwirizwa

Mwibi bihe bivanye ningorane zo gufungura ibintu vyo muma industrie vyinshi hamwe nihindagurika ryibihe abagabo benshi barafise ingorane yo kubura ubushake bwo kurangura amabanga mpuza bitsina ababugize nabo bakaragiza vuba( éjaculation précoce)

Ivyo bishobora kuva kuma hormones yabo yagabanutse nka progestérones, testostérones, oestrogènes canke bikavana na les maladies chroniques umuntu agendana nka ( diabète, hypertension artérielle,amibe ,,, ) izozose ziratuma inguvu zumugabo zogabanuka.tutibagiye na prostate cancer nayonyene irimubitum umugabo atagishobora gukora imibonano mpuzabitsina.
Harinaband bagendana ubwo bugwayi bakwumva isoni zokwitura muganga.harinabandi bavuzwa nabafasha babo.

🛑Mbega biratorerwa inyishu?
Ego cane
Ibuye riserutse ntiriba ricishe isuka
Nimwiture muganga . awe woba ufise icokibazo nkico narimfise?

Canke woba ufuse igitsina gitocane kitashimisha umugore waweko?

🛑Heures d'ouverture Dimanche à Vendredi

🛑 Samedi ntidukora dimanche dutqngura kwakira abantu guhera 8:h30 kugeza 17:h30

🛑 Samedi ntidukora✅

*Service dutanga* :
Iyo umuntu atwituye arashika Aho dukorera akabonana na muganga akamukorera ibipimo kugira turabe urugero ikibazo ciwe Kiriko kugira avurwe selon les résultats twahawe n'umubiri wiwe.

*DUFISE IMITI Y'UBWOKO BUTANDUKANYE HAVUYEMWO IYA SIDA N'IGITUNTU*
Twakure WhatsApp :+25768613436

🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞  Kugirango Arinde Agera Kuri Runo Rwego Abagabo Muba Muri Hehe? Kuburyo afata ingingo benizo zo kwisambanya ?A...
10/12/2025

🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞

Kugirango Arinde Agera Kuri Runo Rwego Abagabo Muba Muri Hehe? Kuburyo afata ingingo benizo zo kwisambanya ?Asha Abagabo Barabakera😭

🔞 : Ubu ntagusuzugurwa n'umugore kuko ntirwa, ntagusuzugurwa ubu UMUGORE wese yagusuzugura azogusaba ikigongwa , iyingaburo irakora kandi uwufata rimwe uzoguma urimashini ubuzima bwawe bwose

Mumanza gukoregwa igipimo tukaraba urugero ikibaz kigezeko nicagiteye nimba ari hormone nkeya ufise mumubiri tukazongerereza

Ego ubisomye neza , iyo ufashe iyingaburo muti ikozwe mubimera vyo mubuhinde urakira ikibazo co kurangiza vuba burundu, turavura n'izindi ndwara

kuri WhatsApp:+257 68 61 34 36

Woba uri umugabo/Umusore :

⭕️1. Ufise intanga nke?
⭕️2. Ufise intaga zitihuta?
⭕️3. Ufise intanga zibihumbwe?
⭕️4. Ufise intanga zamazi?
⭕️5. Udatera inda (utavyara)?
⭕️6. Urangiza vuba cane canke utagira ubushake?
⭕7.ukora kamwe igaca igwa ?
8. Warikinishije ?
9. Ntushukwa ?
10.ntibikunda ko wisubiriza ?

BURUNDU IVYO BIBAZO KUKO BIRAKIRA KANDI BURUNDU NAHO WOBA UFISE IMYAKA 80 urakira .

Adresse : Dukorera Bujumbura Centre ville imbere ya "BANCOBU SIÈGE" nezananeza iruhande ya "CAFÉ GOURMAND"

🏥Twakure 📞 canke mutwandikire WhatsApp :

📞✍️(+257 68613436) Muganga Vianney

"Namurongoy iminota 60    kirashuha inyuma yogufata yamiti mwarakoze"   mugihe co guterariro? ubu numutama ahinduka umus...
08/12/2025

"Namurongoy iminota 60 kirashuha inyuma yogufata yamiti mwarakoze"

mugihe co guterariro? ubu numutama ahinduka umusore mwicogikorwa

Kukigo cabahindi kivura zandwara mwibaza ko zidakira, ego ubisomye neza urakira burundu. Kandi imiti yacu ntigoye gufata kuko ni ibinini bikorwa mubimera vyo mubuhinde

Akura kuri +257 68613436 (Appel & WhatsApp)

Woba uri umugabo/Umusore :

⭕️1. Ukora kamwe igaca igwa?
⭕️2. Ufise intaga zitihuta?
⭕️3. Ufise intanga zibihumbwe?
⭕️4. Ufise intanga zamazi?
⭕️5. Udatera inda (utavyara)?
⭕️6. Urangiza vuba cane canke utagira ubushake?
⭕7. warikinishije ?
8.ufise imboro ntoya ?

Whatsapp call : +257 68613436

Woba uri umuntu :

📍1. Ugwaye Asima?
📍2. Ugwaye Amibe?
📍3. Ugwaye umusipa?
4. Ugira stress
📍5. Umota nabi mu kanwa nahandi nko mubirenge?
📍6. Ufise amahere ku mubiri?
📍7. Ugwaye diabète 1 na 2 ?
📍8. Ugwaye ivumbuka ry'imurindi w'amaraso?
📍9. Ugwaye sinezite?
📍10. Ugwaye pararizi?
📍11. umushish*to?
📍12. igitigu B na C?
📍13. Umugongo?
📍14. goute?
📍15. Ugwaye amenyo (av'amaraso), Ibinyigishi bivyimba?
📍16. Ugwaye kansera?
📍17. musipa?
📍18. hémorroïdes
📍19. Uragumiwe (constipation)?
📍20. Ugwaye canke ugwaje inkorora y'akanira?
📍21. ...........

✍️ Kaze uvurwe ukire burundu.

🛑Tukwibutseko icingenzi ubanza gushika Aho dukorera ugakorerwa ibipimo (examen général) tukaraba urugero gw'ikibazo cawe nicabiteye nubufasha wohabwa bivanye nibipimo)

🏥Twakure 📞 canke mutwandikire WhatsApp :

🥏📞✍️(+257 68 61 34 36 Docteur Vianney,, )

Address

Bujumbura
Bubanza

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ubuvuzi kama muburundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Share on Facebook Share on Twitter Share on LinkedIn
Share on Pinterest Share on Reddit Share via Email
Share on WhatsApp Share on Instagram Share on Telegram