Kira 100%

Kira 100% Tudandaza Imiti Yizewe ✅️
Kandi tuvura ingwara zose Zananiranye🩺🩻🧪🧬

Whatsapp : +257 71930286 ☎️

19/07/2025

𝗧𝘂 𝗡𝗲 𝗣𝗮𝘀 𝗜𝗺𝗽𝘂𝗶𝘀𝘀𝗮𝗻𝘁 𝗠𝗼𝗻 𝗙𝗿𝗲̀𝗿𝗲...𝘃𝗼𝗶𝗰𝗶 𝗖𝗲 𝗤𝘂𝗼𝗶 𝗧𝗼𝗻 𝗣𝗿𝗼𝗯𝗹𝗲̀𝗺𝗲 👆👆👆👆👆👆👆👆👆👆👆👆

😭Muri African umutunzi umwerekwa numuvyibuho , mugihe Mr American, Europe,umukene ariwe aba avyibushe 😭 nshobora Kuba ni...
04/07/2025

😭Muri African umutunzi umwerekwa numuvyibuho , mugihe Mr American, Europe,umukene ariwe aba avyibushe 😭 nshobora Kuba nihenze kuko American sindajayo , abadukurikirana batari muburundi baduhe Amakuru yukuri . ‼️ Ariko ico nzi nuko benshi kwisi yose barapfa ,baragwaragurika , barasaza imbura gihe kubera gufungura ibitarivyo ndabinginze kuneza Yamagara yanyu muhindure .♥️

*INDWARA Y'AMAFYIGO (INSUFFISANCES RÉNALES)*Ingwara y'amafyigo n'ingwara iteye ubwoba kuko itoroshe kuronkera ubutabazi ...
11/06/2025

*INDWARA Y'AMAFYIGO (INSUFFISANCES RÉNALES)*

Ingwara y'amafyigo n'ingwara iteye ubwoba kuko itoroshe kuronkera ubutabazi mubuvu*i bw'ikizungu igihe yamaze kugusinzikaza

*UBWOKO BW'AMAFYIGO*

*Watsapp +Tell: (+257)71930286*

Uburwayi bw'Amafyigo bugira ibice bitatu:

1.Iyo igitangura itarakomera cane ( insuffisance rénale aiguë)

2 Bimaze gukomera ( insuffisance rénale chronique)
3.Ish*tse kurugero rwanyuma ( Insuffisance rénale terminale)

IBIKORWA VY'AMAFYIGO

Amafyigo afise ibikorwa 3 nyamukuru:

_Kuyungurura amaraso nogusohora umukoyo kugira umucafu usohoke kandi abuze ko ubumara bw'ireka mu mubiri

_Guhingura inkabuzo zikora m'ubindi bikorwa nko gutera amaraso canke globules rouges.

_Kuyobora urugero rw'ivyunyunyu mu mubiri (électrolyte) nka sodium, calcium na potassium, igakurikirana urugero rw'amazi mu mubiri.

Amafyigo 2 yacu afise ihinguriro riyungurura ( néphrons). Buri kayungiro ( néphron) gafise glomérules ni nki pano" passoire" ituma ibintu ngirakamaro bidatakara kandi ikagira tubules ni uturingoti duto amazi acamwo.

Birashoboka ko umuntu abaho afise ifyigo rimwe.
Iyo amafyigo rero yononekaye ntabe agikora,haba hasigaye ko bayavoma (dialyse canke greffe ou transplantation rénale).

Ukaba ufise iyingwara canke u*i uwuyigwaye saba Rendez vous ubonane na DOCTEUR MURI CENTRE NUTRITIONNEL BURUNDI kuri Watsapp: +257 71930286

IKIBITERA

⭐Indwara y'igisukari ( diabète sucré)

⭐ Ivuduka rirenze ry'umurindi w'amaraso (hypertension artérielle)

⭐Ubwandu (infection) bwo mumafyigo ( pyélonéphrite)

⭐ Utuvyimba two mu mafyigo

⭐Gukomantara kw'imitsi

⭐Ku*iba kw'inzira z'umwanda muto

⭐ Gukoresha imiti ituma amafyigo ayungurura.

IBIMENYETSO

_Kwihagarika cane,bigakara mw'ijoro
_Kwihagarika,hakaza amaraso.

_Kuvyimba amaso,amaboko n'ibirenge

_Uburuhe
_Kubura akayabu
_Kunyoterwa cane
_Gutakaza ibiro
_Ivuduka ry'umurindi w'amaraso urenze
Bikomeye,haragera naho umuntu ata ubwenge.

Turafise inyunganira mubiri nutriments supplémentaires ziza zikagufasha : *+25771930286*

𝗟𝗮 𝘁𝗲𝗰𝗵𝗻𝗼𝗹𝗼𝗴𝗶𝗲 𝗱𝗲 𝘀𝗮𝗻𝘁𝗲́ 𝗾𝘂𝗮𝗻𝘁𝗶𝗾𝘂𝗲 𝗳𝗮𝗰𝗶𝗹𝗶𝘁𝗲 𝗹𝗲 𝗺𝗮𝗶𝗻𝘁𝗶𝗲𝗻 𝗱𝗲 𝗹𝗮 𝘀𝗮𝗻𝘁𝗲■Les secrets de la physiothérapie par hyperthermie ce...
07/06/2025

𝗟𝗮 𝘁𝗲𝗰𝗵𝗻𝗼𝗹𝗼𝗴𝗶𝗲 𝗱𝗲 𝘀𝗮𝗻𝘁𝗲́ 𝗾𝘂𝗮𝗻𝘁𝗶𝗾𝘂𝗲 𝗳𝗮𝗰𝗶𝗹𝗶𝘁𝗲 𝗹𝗲 𝗺𝗮𝗶𝗻𝘁𝗶𝗲𝗻 𝗱𝗲 𝗹𝗮 𝘀𝗮𝗻𝘁𝗲

■Les secrets de la physiothérapie par hyperthermie cellulaire
■Les médicaments peuvent traiter les lésions tissulaires, mais ne peuvent pas restaurer les cellules endommagées
■L'instrument d'hyperthermie cellulaire introduit directement des ondes lumineuses dans le corps humain à une profondeur de 20 à 30 cm et reconnaît automatiquement les cellules saines pour accélérer la circulation sanguine (dissipation thermique normale). Cela apporte un grand nombre d'ions négatifs aux cellules, résout l'accumulation excessive d'ions positifs dans l'organisme et favorise l'auto-réparation et la régénération des organes.
■L'instrument de thérapie cellulaire par ondes térahertz peut apporter une grande quantité de quanta aux cellules.
■Stimule la capacité d'absorption du corps et détend les muscles
■Aide à ouvrir la circulation interne et à filtrer les impuretés
■ Quantecare peut améliorer la circulation sanguine et stimuler le métabolisme..Voir Plus

Nawe urimubemezako hoba hari ingwara zidakira🤔 jewe nemzako ntangwara idakira mugihe wituye *  and Nutrition for  * kuko...
06/06/2025

Nawe urimubemezako hoba hari ingwara zidakira🤔 jewe nemzako ntangwara idakira mugihe wituye * and Nutrition for * kuko batavura ingwara ahubwo bavura icaguteye kurwara kaze nda nabibutsako #1/06- 30/06/2025 ari promotion kuri uwowese yituye Iryo vuriro murahawe kuko amagara aruta amajana

𝗙𝗶𝗻𝗶 𝗟𝗲𝘀 𝗩𝗲𝗿𝗴𝗲𝘁𝘂𝗿𝗲𝘀✌️💪
01/06/2025

𝗙𝗶𝗻𝗶 𝗟𝗲𝘀 𝗩𝗲𝗿𝗴𝗲𝘁𝘂𝗿𝗲𝘀✌️💪

*INGWARA YA MA FYIGO*.  Benshi ngo amafyigo ntikira?yemw yemwe uwu*i wese afise ikikibazo anyaruke tumufitiye imiti kara...
25/05/2025

*INGWARA YA MA FYIGO*.



Benshi ngo amafyigo ntikira?yemw yemwe uwu*i wese afise ikikibazo anyaruke tumufitiye imiti karaha butaka ikiza nez amafyigo

Ido nido👇👇

*INDWARA*

*Y'AMAFYIGO (INSUFFISANCES RÉNALES)*

*Ingaburo muti*

Ingwara y'amafyigo n'ingwara iteye ubwo kuko itoroshe kuronke ubutabazi mubuvu*i bw'ikizungu igihe yamaze kugusinzikaza

_*UBWOKO W'AMAFYIGO*_

Uburwayi bw'Amafyigo bugira ivy'ivyiciro bitatu:

1.Iyo igitangura itarakomera cane( insuffisance rénale aiguë)

2 Bimaze gukomera( insuffisance rénale chronique)
3.Ish*tse kurugero rwanyuma ( Insuffisance rénale terminale)

IBIKORWA VY'AMAFYIGO

Amafyigo afise ibikorwa 3 nyamukuru:

_Kuyungurura amaraso nogusohora umukoyo kugira umucafu usohoke kandi abuze ko ubumara bw'ireka mu mubiri

_Guhingura inkabuzo zikora m'ubindi bikorwa nko gutera amaraso canke globules rouges.

_Kuyobora urugero rw'ivyunyunyu mu mubiri (électrolyte) nka sodium, calcium na potassium,igakurikirana urugero rw'amazi mu mubiri.

Amafyigo 2 yacu afise ihinguriro riyungurura( néphrons).Buri kayungiro ( néphron) gafise glomérules ( ni nki pano" passoire" ituma ibintu ngirakamaro bidatakara kandi ikagira tubules ni uturingoti duto amazi acamwo.

Birashoboka ko umuntu abaho afise ifyigo rimwe.
Iyo amafyigo rero yononekaye ntabe agikora,haba hasigaye ko bayavoma (dialyse canke greffe rénale).

*IKIBITERA*

⭐Indwara y'igisukari ( diabète sucré)

⭐ Ivuduka rirenze ry'umurindi w'amaraso (hypertension artérielle)

⭐Ubwandu (infection) bwo mumafyigo ( pyélonéphrite)

⭐ Utuvyimba two mu mafyigo

⭐Gukomantara kw'imitsi

⭐Ku*iba kw'inzira z'umwanda muto

⭐ Gukoresha imiti ituma amafyigo ayungurura.

IBIMENYETSO

_Kwihagarika cane,bigakara mw'ijoro
_Kwihagarika,hakaza amaraso.

_Kuvyimba amaso,amaboko n'ibirenge

_Uburuhe
_Kubura akayabu
_Kunyoterwa cane
_Gutakaza ibiro
_Ivuduka ry'umurindi w'amaraso urenze
Bikomeye,haragera naho umuntu ata ubwenge.

UMUTI

Turafise inyunganira mubiri ziza zikufasha kugira amagara meza maze uzobere intumwa abandi.

*UFISE ICO UBAZA AKURA:*

*+257 71930286*

Usha kwivuza vyihuse
Saba rendez vous kugira tukwakire bivanye numunsi ufitiyeko umwanya

20/05/2025

wese afise uburwayi bumubangamiye nagane #*N-Nutrition for life*
Tumufashe kubindi bisobanuro #*+25771930286

18/05/2025

Coresha muganga ntiyuzura 24h/24h (umunsi wose)
Iribda kugira impumuro mbii mugitsina ivura abantu bumwe mugitsina batagira amanzi ivura kuribwa mugihe cimihango no gucika intege nibindi vyinshi tutovuga ngotumare ngaha kuri: #+257 9193026

18/05/2025

⛔𝗧𝗲́𝗺𝗼𝗶𝗴𝗻𝗮𝗴𝗲 𝗱𝗲 𝗴𝗲́𝘂𝗿𝗶𝘀𝗼𝗻 𝗱𝗲 𝗹'𝗛𝗲́𝗺𝗼𝗿𝗿𝗼𝗶̈𝗱𝗲!🔥🔥chez Nous on traites 𝚎́𝚏𝚏𝚒𝚌𝚊𝚌𝚎𝚖𝚎𝚗𝚝,𝙽_𝙽𝚄𝚃𝚁𝙸𝚃𝙸𝙾𝙽 For Life 𝙲'𝙴𝚂𝚃 𝙳𝚄 𝙱𝙾𝙾𝙾𝙾𝙼𝙼𝙼🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  YIBERE NIKI*? Kanseri y’ibere ni imwe muri kanseri ihitana umubare munini w’abatuye isi ahanini bitewe no guteba kuyiv...
17/05/2025

YIBERE NIKI*?

Kanseri y’ibere ni imwe muri kanseri ihitana umubare munini w’abatuye isi ahanini bitewe no guteba kuyivuza ehe ko iteba no kuboneka ibimenyetso vyayo ndetse n’ibigaragaye nyeneyo ntavyiteho cane kuko bidakunze kubangama.*Iyi ndwara ikunze kwibasira abantu b’igitsina gore ariko kandi n’abagabo na bo bakaba bashobora kugira ivyago vyo kuyirwara.*

iterwa n’iki?

Kanseri y’ibere iterwa n’ukwiyongera kudasanzwe k’uturemangingo tw’ibere, turakura birenze urugero umubiri ntubashe kuba wobikurikirana neza.Yibasira abagore n’abagabo ariko ikunze kuboneka cane mu bagore.

Ku bantu b’igitsina gore ni vyiza kumenya impinduka ku mabere yabo,niba hari impinduka zabayeho bakabimenya hakiri kare kuko bibafasha kwirinda kanseri hakiri kare.Gusa ni bake bamenya bimwe mu bimenyetso vyokuburira.

14/05/2025

* INYISHU YABONETSE _WIVUJE_WIVUJE %
* +2577930286*
* WARIPIMISHIJE BAKABURA ICURWAYE CANKE UKABA WARIVUJE BIKANKA NGWINO TURAGUFASHA.*

YAMISI YOSE ITANAGUKIZA NIMBA UGWAYE IMWE MURIZINGWARA TWAGUFASHA UGASHOBORA GUKIRA BURUNDU*

* KURONKA URUVYARO TURABAFASHA.*

* *

* *

* *

* *

* *

* URENZE*

* IBIRO BIDAKWIYE CANKE BIRENGA*

* *

* BATAGIRA UBUSHAKE MUMIBONANO MPUZABITSINA*

* *(*kuba* *gabo na ba gore*)

* *

* UMUTWE UDAHERA*

* A,B,C*

* UMUGONGO*(hernie discale)

* BIKABIJE MUGIHE URI MUMIHANGO*

* ishano*

ZIFATA AMENYO*

MUNGINGO*

VUBA MUMIBONANO MPUZABITSINA*

MUBUTINYANKA.

#22.)CONSTIPATION ( KUZURINDA kuja kwituma ntihagire ikiza )



batagira amavangingo canke bafise make
(Accident Vasclaire Celebrale)
N'IBINDI whtspp
+25771930286

Address

Bujumbura

Telephone

+25761824038

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kira 100% posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to Kira 100%:

Share

Share on Facebook Share on Twitter Share on LinkedIn
Share on Pinterest Share on Reddit Share via Email
Share on WhatsApp Share on Instagram Share on Telegram