07/04/2026
MUTI NI RURANGIZA 😂🔥😅
Ayo ni amwe mumajambo avugwa na bamwe mubantu bitahura ko bafise IKibazo co mugitanda bagahitamwo kwivuza
🛑REKA TUGANIRE GATO: mubisanzwe ukwo umuntu ashobora kugwara malaria cank iyindi ndwara isanzwe Nikwo ashobora kugira ikibazo mubihimba vyirondoka ni ibisanzwe Nubwo abantu benshi bibatera isoni kubivuga
Barayamaze ngo umukwe w'isoni ahambwa abona kandi ngo ibuye riserutse ntiriba ricishe isuka nyabuna nubona ufise ikibazo cimyororokere harimwo nka
Éjaculation précoce
Kutakaza inguvu zigitsina
Guteba kwisubiriza
S*x yagwingiye(yasubiye inyuma)
Kuba waragize ingaruka zo kuva warikibishije
Diabète du type II
Umugongo
Amibee
Infections
Hypertension artérielle
N'ibindi,,,,,
Iture muganga bigishoboka utazibuka kuyora washeshe
Hari Ikigo mpuzamakungu gikoresha imiti k**a (produits naturels sans produits chimiques ajoutés) gifasha cane kuwufise Ivyo bibazo bigatorerwa umuti
: Bujumbura centre kuri Avenue Muyinga
Ukeneye icubaza numéro ni +25769988640
🛑Heures d'ouverture
-Lundi à Dimanche
* kuva 8h00
🛑Ikirushirije kuberako atakabura imvo , ico kigo gifise abaganga binzobere babanza kugupima Bakoresheje icuma bita Scanner bakabona urugero gw'ikibazo cawe ndetse n'inkomoka yaco gutyo bakabona kukuvura Bisunze ico ibipimo vyatanze k'umubiri wawe.
Murahawe ikaze rero tuzitire tutaronerwa
🛑Pour plus d'informations vous pouvez nous contacter au numéro +25769988640/ Dr PHILIPPE
AMAGARA NI AMAZI ASESEKA NTIBAYORE