
24/07/2025
🗓 Igenekerezo rya 28 Mukakaro – Umunsi Mpuzamakungu wahariwe kurwanya Hépatite
📍 Centre Médical Believe ifatikanyije na CAREC,
🕗 kuva isaha 2 z’igitondo (8h)
👨⚕️ Ukeneye kumenya ivyerekeye Hépatite? Twabateguriye kiganiro kizotangwa na Dr Arsène Siri, aho azokwigisha ibijanye n’iyo ndwara: ingene yandukira, ingene woyikingira n’ukuyivura.
💉 Kandi ntuzobure kwifadikanya na campagne yacu yo gusuzuma no kuvura indwara ku giciro gito cane!
✅ kubonana n'umuganga w'indwara zose n'uwamenyo n'ibipimo bimwe bimwe ni ku buntu!
🗣️ urahawe ikaze igihe n'iki cokwisuzumisha
Hépatite ivurwa neza iyo imenyekanye hakiri kare.
CAREC
Ministère de la Santé Publique et de la Lutte contre le Sida / Burundi