06/05/2023
🌿🥼Akamaro K'igisuru (ortie glande)
Muburundi abantu benshi bamenyereye igiterwa cigisuru nkakimwe mubintu bahanisha abana bagavye kuko carababa cane bigatuma nyene gukora ikosa yikosora
Ariko uyumusi tubafitiye inkuru nziza kurico giterwa aho tubona ko ari igiterwa kimwe muri vyinshi Imana yaduhaye gifitiye akamaro kanini mumubiri wacu mukutuvura kuko gitunze ibintu vyinshi bitandukanye aha twovuga:
*IBIGIZE IGISURU*
Mubisanzwe igisuru nigiterwa mfasha mubiri canke novuga ntunganya mubiri kuko gifise ivyiza vyinshi cane tutodondagura duheze aha twovuga nka:
🔹Amazi(Eau):76,9 à 80g/100g
🔹fibre 2 à 5,3g/100g
🔹cendre 4 à 5,6g
🔹inkomezi (colorie) 57 à 82 kcal/100
🔹lipide 0,7 à 1,6 g
🔹glucide 7,1 à12,7 g
🔹calcium 60mg à 3,24 g
🔹phosphore 10 à 573 mg
🔹fer 7,8 à 13,4mg
🔹sodium 1 à16 mg
🔹potassium 400 à2,044 g
🔹magnésium 7 à399 mg
🔹zinc 0,9 à 1,87 g
🔹cuivre +- 3,05
🔹Sélénium +- 2,7
🔹protide 4,6 à 8 g
Igisuru ni igiterwa ciyubashe kuko gisanzwe gifise nama vitamine menshi aha twovuga
🔸Vit A (caroténoïdes)
🔸Vit B1 (thiamine)
🔸Vit B2( riboflavine)
🔸Vit B3
🔸Vit B6(pyridoxine)
🔸Vit B9
🔸Vit C
🔸Vit E
♦️anti- oxydant (irarinda umubiri)
-♦️kwakaka(anti - inflammatoire)
*AK**ARO K, IGISURU MUMUBIRI WACU MUKUVURA CANKE GUKINGA*
Hamwe twovuga ivyiza vyaco twovuga ntitwobiheza ariko reka tubivuge muncamake aha twovuga
⚫ Igisuru kirakinga igwara ya cancer bivanye na sélénium kirimwo nyinshi aha twovuga ko uwukinwa bidahura nico kibazo
⚫Igisuru kirafasha kukibazo c'abantu bisobako bakuze
⚫Umuntu afata igisuru ntagira ikibazo cimitsi (muscle) ,kubabara mungingo ndetse no mumagufa kuko gisanzwe ari anti-inflammatoire kandi kigwiriyemwo vitamine K na D nivyinyunyu nka calcium na magnésium hamwe na fer
Mugihe wihereza igisuru ntushobora kugwara indwara nka goutte ,rhumatisme, arthrose,névralgie sciatique icogeyeho naho woba wamaze ku*igwara hamwe ugifashe nkigaburo yawe kiragukiza izo gwara kuko igisuru kiragabanura cane ibinure (graisse) ,acide urique,isukari mbi nibindi
⚫Iyo ufata igisuru kubantu ubutinyanka (règle ) bwabo butari kugihe biraja kumurongo aho twovuga
▪️abo ama règle yahagaze Arasubira kumurongo(retour des règles)
▪️irashira ama règle kugihe
▪️irakinga kutababara cane uri mubutinyanka
▪️irafasha kubantu bamara igihe kinini bari mubutinyanka
▪️irafasha abantu bava amaraso menshi bari mubutinyanka
⚫igisuru kirafasha abakenyezi bafise ikibazo co kuma mugihe c'amabanga mpuza bitsina
⚫Aha twovuga ko igisuru gifasha kubantu bafise ingorane zumutima ,kubura amaraso kuko igisuru gisanzwe bigwiriyemwo vitamine A na C hamwe na fer vyinshi
⚫Igisuru kirafasha abantu basanzwe bafise ibibazo vya mapfyigo kuko iyo ugifata utigera ugira ingorane zo kugira udusenyi two mumapfyigo (calcul rénaux) kuko bigwiriyemwo calcium nyinshi
⚫igisuru kiravura abantu bafise ibibazo vyo kuvunguka umushatsi (chute de cheveux)n'inzara zidakomeye
⚫Igisuru kirafasha kubantu bafise umuvyibuho wumurengera
⚫igisuru kirafasha kubakenyezi bafise ikibazo co kubura amaberebere
⚫igisuru kirafasha kubantu bafise ibibazo vyo kwama buzuye inda
⚫igisuru kirafasha muguha inkomezi globule rouge
⚫igisuru kirafasha kubantu bagwaye umutima hamwe na diabète
Nivyinshi gikora ku bu*ima bwacu, umuntu wese akunda amagara yiwe yobaho acihereza.
Hariho ibindi u*i ku gisuru?
Bishire muri comentaire 👏