ADAM BDI

ADAM BDI Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from ADAM BDI, Avenue de l'amitié, Dodoma.

7k 󰤗4k 󰤘4k 󰤭56k

🗨️Création digitale 💬
🎵🎶Music
😂 Comédie
✋ Création des Compte comme:
¹.1XBET
².WIN WIN
³.MELBET
⁴.888STARZ
⁵.BUBET
👉Pour plus d'info : +25761999823

😮 Incroyable mais vrai !Vinícius Júnior aide un joueur blessé à se relever… et l’arbitre lui sort un carton jaune ! 🟨🤯Un...
02/03/2026

😮 Incroyable mais vrai !

Vinícius Júnior aide un joueur blessé à se relever… et l’arbitre lui sort un carton jaune ! 🟨🤯

Un geste fair-play sanctionné, ça fait débat…

😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Vinicius =EQUIPE MEDICAL 🤣

😂Basogokuru kera baratugwaniraaaa bajabuka inzuziii zitagira ibiraro 😂 mukuja kurugambaa bahitana nimyampiii bakajabuka ...
02/03/2026

😂Basogokuru kera baratugwaniraaaa bajabuka inzuziii zitagira ibiraro 😂 mukuja kurugambaa bahitana nimyampiii bakajabuka inzuzi zitagira ibiraro bagwana ninyamaswaaa ingona hamwe nimvubu 😂😂😂 Yayayaya mbega akagayeee weee???😂😂😂 muhira iwabo niho bahondaguriweee 😂 nukuri iri ninzigo 😂😂😂 urushinge rumwe gusa 😂😂 Ariko nukuri ikarate n'umupira w'amaguru birajanye??😂 uyumukenyuro wa 5-4-1😂 n'abandi babe bawubonye 😂 ube waravye iyi match kugira uze utambishe umumari neza 😂😂😂😂 Ivyama Rouge vyo reka tubireke Bose bazironse!😂😂😂 None vinicius niwe ahagurutsa umukinyi yavunitse nahonyene kunguvu??😂 yari yabaye 😂 emwe aho mwamubonye hari kera nayo ubu umengo nabonyene basigaye banwa !😂😂😂😂😂😂 ihangane aho utari burare uhava kare amanota 3 aragucitse maze mwenye mari nawe aciye agusumvya amanota ane 4 😂 Aha birashobora kurangira ikubise 😂😂😂

Atasaaaaaaaa 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

!

Banza usome AMATEGEKO  imbere yo kwinjira muri Groupe canke kuyigumamwo 👇🏿👇https://chat.whatsapp.com/JiNWboXzDgP7KMWXUiu...
02/03/2026

Banza usome AMATEGEKO imbere yo kwinjira muri Groupe canke kuyigumamwo 👇🏿👇
https://chat.whatsapp.com/JiNWboXzDgP7KMWXUiuBqL?mode=gi_t
𝐀𝐦𝐚𝐭𝐞𝐠𝐞𝐤𝐨 Agenga 𝐆𝐫𝐨𝐮𝐩𝐞 yacu nziza HALA MADRID 🆚VISCA BARCA FANS 🔥 🇧🇮

1◾.𝐍𝐭𝐢𝐯𝐲𝐞𝐦𝐞𝐰e 𝐤𝐮𝐫𝐮𝐧𝐠𝐢𝐤𝐚 𝐢𝐣𝐰𝐢/Voice 𝐜𝐚𝐧𝐤𝐞 𝐚𝐮𝐝𝐢𝐨, 𝐧𝐮𝐤𝐰𝐚𝐧𝐝𝐢𝐤𝐚 𝐠𝐮𝐬𝐚 🚫

2◾.𝐍𝐭𝐢𝐛𝐢𝐫𝐞𝐤𝐮𝐰𝐞 𝐠𝐮𝐜𝐢𝐬𝐡𝐚 𝐢𝐭𝐚𝐧𝐠𝐚𝐳𝐨 𝐢𝐫𝐲𝐚𝐫𝐢𝐫𝐲𝐨 𝐫𝐲𝐨𝐬𝐞 𝐧𝐠𝐚𝐡𝐚, 𝐦𝐮 𝐠𝐢𝐡𝐞 𝐫𝐢𝐛𝐚 𝐫𝐢𝐭𝐚𝐣𝐚𝐧𝐲𝐞 𝐧𝐢𝐯𝐲'𝐢𝐧𝐤𝐢𝐧𝐨, 𝐤𝐮𝐤𝐨 𝐢𝐲𝐢 𝐠𝐫𝐩 𝐢𝐡𝐚𝐫𝐢 𝐤𝐮𝐛𝐰'𝐢𝐧𝐤𝐢𝐧𝐨🚫

3◾.𝐀𝐦𝐚 𝐬𝐭𝐢𝐜𝐤 y'ibiterasoni 𝐧𝐭𝐢𝐲𝐞𝐦𝐞𝐰𝐞 🚫

4◾.𝐆𝐮𝐭𝐞𝐫𝐚 𝐫𝐲𝐚𝐫𝐞𝐧𝐠𝐚 𝐛𝐢𝐫𝐚𝐤𝐞𝐧𝐞𝐰𝐞 𝐤𝐮𝐠𝐢𝐫𝐚 𝐠𝐫𝐩 𝐢𝐜𝐚𝐧𝐠𝐚𝐦𝐮𝐤𝐞✅

5◾.𝐤𝐮𝐳𝐚𝐧𝐚 𝐚𝐦𝐚𝐤𝐮𝐫𝐮 𝐲'𝐮𝐦𝐮𝐠𝐰𝐢 𝐮𝐰𝐚𝐫𝐢𝐰𝐨 𝐰𝐨𝐬𝐞 𝐛𝐢𝐫𝐚𝐫𝐞𝐤𝐮𝐰𝐞 𝐡𝐚𝐛𝐚 𝐧'𝐢𝐦𝐢𝐠𝐰𝐢 𝐲𝐨 𝐡𝐚𝐧𝐳𝐞✅

6◾.𝐈𝐯𝐲𝐚 𝐩𝐨𝐥𝐢𝐭𝐢𝐪𝐮𝐞,𝐢𝐯𝐲'𝐚𝐦𝐚𝐬𝐡𝐞𝐧𝐠𝐞𝐫𝐨 𝐚𝐭𝐚𝐧𝐝𝐮𝐤𝐚𝐧𝐲𝐞 𝐛𝐢𝐫𝐚𝐛𝐮𝐣𝐢𝐣𝐰𝐞🚫

7◾.𝐊𝐢𝐫𝐚𝐳𝐢𝐫𝐚 𝐤𝐮𝐯𝐮𝐠𝐢𝐫𝐚 𝐮𝐰𝐚𝐤𝐮𝐰𝐞 𝐦𝐮𝐫𝐢 𝐠𝐫𝐩 𝐦𝐮𝐠𝐢𝐡𝐞 𝐚𝐛𝐚 𝐲𝐚𝐫𝐞𝐧𝐳𝐞 𝐢𝐯𝐲𝐚𝐧𝐝𝐢𝐭𝐬𝐞🚫

8◾.𝐊𝐢𝐫𝐚𝐳𝐢𝐫𝐚 𝐤𝐮𝐳𝐚𝐧𝐚 𝐚𝐦𝐚 𝐥𝐢𝐧𝐤 𝐲𝐚𝐲𝐚𝐧𝐝𝐢 𝐦𝐚 𝐠𝐫𝐩,𝐡𝐚𝐛𝐚 𝐧𝐚𝐲𝐚 𝐗𝐁𝐄𝐓🚫

9◾Icitonderwa rero kirazira kumara umunsi wose utavuze muri Grp kuko Groupe s'ikinyamakuru umuntu yicaramwo asoma gusa

Iyi Link yitange muyandi ma Groupe kugira abakubzi b'Intamba mu Rugamba binjire🙏

𝐌𝐍:𝐁𝐢𝐬𝐚𝐛𝐚 𝐚𝐲𝐚 𝐦𝐚𝐭𝐞𝐠𝐞𝐤𝐨 𝐭𝐮𝐲𝐚𝐠𝐞𝐧𝐝𝐞𝐫𝐞 𝐤𝐮𝐛𝐰𝐨 𝐮𝐦𝐮𝐭𝐞𝐤𝐚𝐧𝐨 𝐰𝐚 𝐠𝐫𝐩 yacu 𝐦𝐮𝐫𝐚𝐤𝐨𝐳𝐞 by Admn✍️✍️👏
👇👇🏿
https://chat.whatsapp.com/JiNWboXzDgP7KMWXUiuBqL?mode=gi_t

Game over 😂😂😂😂😂
01/03/2026

Game over 😂😂😂😂😂

😂*Mumbabarire iyi coupon nukuri niyo kwitera umunezero siyo kuvugako izorya kuko nahaye amahirwe Chelsea 🤣 nkayo ndayari...
01/03/2026

😂*Mumbabarire iyi coupon nukuri niyo kwitera umunezero siyo kuvugako izorya kuko nahaye amahirwe Chelsea 🤣 nkayo ndayariye nzoca ndongora umuhindikazi😂*

*_Vutuuuuuuuuuraaaaaaa hica ubwoba gusa iyo ugerageje muratubirana😂😂😂 uyumunsi jewee nteramira café gourmand uwutakinye ...
01/03/2026

*_Vutuuuuuuuuuraaaaaaa hica ubwoba gusa iyo ugerageje muratubirana😂😂😂 uyumunsi jewee nteramira café gourmand uwutakinye ninde amanike urutoke?😂😂 Iyo menya nkagurana 1millions ngashirako!😂 Ubu mba ndaye nguze mugasekabuye ariko ntaco!😂 Reka iminsi irasa ntingana!😂_*

*_Weekend nziza mwese mwibuke kuja gusenga ntihabe urwitwazo ngoo impuzu ntizimeshe ayisabune yaraye abonetse upfuma usenga iyakabiri😂💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫💫_*

*_Gagne avec succès_*✋
Ukeneye kuja muri group link ngiyi👇👇👇👇https://chat.whatsapp.com/JzgXGzJXBU69RtPrxwFZ8n

*_Injira muri group ya 1xbet tukwigishe kwugurura compte mumwanya muto canke tukugarukanire iyo wahorana erega kugerageza bisumba kutagerageza,kandi ntawamenya aho ahurira n'umuhisha wiwe ,wosanga nawe umugisha uraha .Fyonda aho hari ivyandiko bisa n'ubururu👆👆 canke aha hepfo handitse rejoindre le groupe 👇👇canke unyandikire kuri 🥏+257 61 99 98 23🥏 murakoze🙌_*

😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣
28/02/2026

😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣

Eweee Manaa mana ishobora vyose kubita utababarira 😂😂😂Abasenguzi mumbwire ubu acaba angahe amanota yomuri La Liga 😂😂  : ...
28/02/2026

Eweee Manaa mana ishobora vyose kubita utababarira 😂😂😂Abasenguzi mumbwire ubu acaba angahe amanota yomuri La Liga 😂😂

: Nyina wiwe aramubarira mureke yigire azokuririra iyagiye duhobene mamaweee!!! dataweee korora amaboko duhoberane 😂😂😂😂 ikefweeee avec Oya noba ntaye indero reka ndavyandike mundome nkuru 😂




None ko nguma mbona uyumukobwa cane kumbuga  yakoze iki?Nimumbwire abafise amakuruAriko iyo bija hose ashobora kuba yata...
28/02/2026

None ko nguma mbona uyumukobwa cane kumbuga yakoze iki?
Nimumbwire abafise amakuru
Ariko iyo bija hose ashobora kuba yatanze 🤣🤣🤣😂😂😂😂 Umengo ndayironse!🤣😂

26/02/2026

NONE ABABANA BOSE BAJE MURI COMÉDIEN NUKUZUNZA AMABOKO GUSA 😂

IYI NGESO NIMBII!!😂
26/02/2026

IYI NGESO NIMBII!!😂

😂😂 eweee bakobwaaa biyerusalemuu ntimutangazweeee nuko niraburaaaaa harigihe muzomenya uwondiweeeee mazee kwiyamburaaa u...
25/02/2026

😂😂 eweee bakobwaaa biyerusalemuu ntimutangazweeee nuko niraburaaaaa harigihe muzomenya uwondiweeeee mazee kwiyamburaaa ubushwambagaraaaa.....amasengesho yari menshi 😂 benshi bari bamaze kuyamanika babonye Mpappe, Rodrigo atarimwo 😀 ariko ntibaziko Arda guler ashoboyee!!!🤣😂😂😂 bukebuke Ngo baaaaa!!!! none aha niheee ??? banyise inkendeeee nca kuri terrain ndabakoma abamfitiye ishariii comment comment kiri gute nabinjizanye igitsindo gute eeeh!!!!! ntaco mutakozee ngo munyite uko mushaka ariko kubwo kwihangana ndacahagaze!!!🤣🤣😂😂😂 😂 yamye ariyumwami 😂 wewe uri nkande ushaka kwicara kuntebe y'ibwami !😂
le 03/03/2026 ntumbaze ikizoca gikurikira ariko uyumunsi wandika 2-1 😂😂




(Mwemunafika)😂

Address

Avenue De L'amitié
Dodoma

Telephone

+25769428386

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ADAM BDI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to ADAM BDI:

Share

Share on Facebook Share on Twitter Share on LinkedIn
Share on Pinterest Share on Reddit Share via Email
Share on WhatsApp Share on Instagram Share on Telegram