Aberanda duhimbaza ku musi ku musi

Aberanda duhimbaza ku musi ku musi Kubashikiriza aberanda duhimbaza buri musi.tukabasaba ko botubera mungoro.inkuru ziremesha,intahe zi

14/10/2025

Bibwire Yezu wiryamire.

12/07/2025

Bavuga: Mwaramutse Mariya wuzuye inema Umukama murikumwe ''urahezagiwe'' mubandi bagore bose numwana winda yawe Yezu ''arahezagiye''

Ntibavuga'' ....urahezagiye'' ......arahezagiye'' oya namba

07/05/2025
24/11/2024

Bibwire Umwami w'abami wiryamire.

Kuwa 27 Nyakanga: Vincenti wa Paulo Mweranda( Saint Vincent de Paul)
26/09/2024

Kuwa 27 Nyakanga: Vincenti wa Paulo Mweranda( Saint Vincent de Paul)

26/09/2024

Mana yanje hezagira Zino nfungurwa ,zinzanire amagara mbashe gukora ivyo ushaka , Amen.

08/05/2024

Mana yanje ndagusenga uyu musi naramutse kubwawe. Nguy'umutima wanje ndawuguhaye nivyonzagukora vyose ndabiguhaye. Umpagarikire rero nzegukora ivyushaka,Amen.

06/05/2024

Mana yanje ndiko ndagenda kuryama none ndagusavye itiro riruhura umutima wanje numubiri wanje ndeke kurota ibitarivyo. Bikira Mariya Mawe n'Abamalayika barinzi banje ndabasavye mumpagarikire muriri joro nacanecane umusi nzopfa Amen nzopfa Amen

05/01/2024

Kubwiwe , hamwe nawe , no muriwe nyene [ Kubwa Yezu, hamwe na Yezu ,no muri Yezu nyene] nuterw'iteka ryogusengwa Mana Data mushobora vyose hamwe na Mutima Mutagatifu[Mweranda] wongere uninahazwe mu myaka yose. ....

Kuwa 8 Kigarama  Isamwa atagicumuro rya Bikira Mariya
08/12/2023

Kuwa 8 Kigarama Isamwa atagicumuro rya Bikira Mariya

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Aberanda duhimbaza ku musi ku musi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share