
06/10/2024
Ikiyoba c'umwimerere (Arachides naturels)
✨Aho bikora :
🛑Mugutegura imfungurwa
🛑 Mugutegura ubuyi
🛑 Nomugushira mu mukate
🔻Koresha iki kiyoba mwifungurire neza ndetse mugire amagara meza
🛑 Ukeneye icubaza / kurangura /kur détails wikwakura kuri
🤳+25769716860
🤳+25761774579
✨Murahawe ikaze mwese 🤗
🔻 Adresse : Buja-Bwiza ,2è av ,Nº 5
Munyubakwa ya ''Nadia shop''
@followers Physiologie