Igihugu Imbere Burundi

Igihugu Imbere Burundi Pages d'actualités nationales et internationales

Toujours au côté de la santé et du bien être des jeunes Burundiais.     🇧🇮
29/04/2026

Toujours au côté de la santé et du bien être des jeunes Burundiais. 🇧🇮

 #𝗕𝘂𝗷𝘂𝗺𝗯𝘂𝗿𝗮 : Kuwa 29/04/2026, ishirahamwe   ryakemuye ikibazo c'ibitoro , cari cibinekeje ejo hahise , ku modoka zungur...
29/04/2026

#𝗕𝘂𝗷𝘂𝗺𝗯𝘂𝗿𝗮 : Kuwa 29/04/2026, ishirahamwe ryakemuye ikibazo c'ibitoro , cari cibinekeje ejo hahise , ku modoka zunguruza abantu hagati mu gisagara. Ubu bus nizo zirindiriye abiyunguruza.

29/04/2026

: Prestation de serments de 3 nouveaux membres du gouvernement cet après midi du 29/04/2026 à Kigobe

29/04/2026
29/04/2026
 : Ama stations yaronkejwe ibitoro n'ishirahamwe   Ku munsi wa gatatu w'igenekerezo rya 29/04/2026
29/04/2026

: Ama stations yaronkejwe ibitoro n'ishirahamwe Ku munsi wa gatatu w'igenekerezo rya 29/04/2026

27/04/2026
  : Abo muri Butanyerera, neza na neza i Ngozi muri hano, mwiriwe neza 🙌Aha niho mudusanga, ntimuzozimire 😏
27/04/2026

: Abo muri Butanyerera, neza na neza i Ngozi muri hano, mwiriwe neza 🙌
Aha niho mudusanga, ntimuzozimire 😏

27/04/2026

𝗨𝗿𝗶𝘆𝗼𝗻𝗴𝗲𝗿𝗮 𝗶𝗻𝘁𝘀𝗶𝗻𝘇𝗶 𝗘𝘃𝗮𝗿𝗶𝘀𝘁𝗲 𝗪𝗲𝗲𝗲.
🇧🇮

Regideso Burundi  Communiqué : 🛠️ Travaux de maintenance – Mardi 28 avril 2026 (18h à 22h)Pendant cette période, certain...
27/04/2026

Regideso Burundi Communiqué :

🛠️ Travaux de maintenance – Mardi 28 avril 2026 (18h à 22h)

Pendant cette période, certains services seront temporairement indisponibles :
❌ Paiement des factures (eau et électricité)
❌ Génération des codes antifraude (compteurs Cash Power)
❌ Assistance du centre d’appel

👉 Ce que ça veut dire pour vous :
Pensez à effectuer vos paiements ou à acheter vos unités avant 18h pour éviter tout désagrément.

La REGIDESO remercie les usagers pour leur compréhension.

  : Aya ni amwe mumasanamu agaragaza aba  artistes n'aba influenceurs bari batumiwe nk'abarorerezi mw'ikoraniro ridasanz...
27/04/2026

: Aya ni amwe mumasanamu agaragaza aba artistes n'aba influenceurs bari batumiwe nk'abarorerezi mw'ikoraniro ridasanzwe ry'Umugambwe Cndd-Fdd ryariko ribera ku mugwa mukuru wa politique i Gitega kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 26/04/2026, aho hemejwe Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi 🇧🇮 Général Major Evariste Ndayishimiye ngo azobe umukandida w'uwo mugambwe mumatora y'Umukuru w'igihugu azoba mu mwaka uza 2027.

Address

Bujumbura

Telephone

+25779454981

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Igihugu Imbere Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to Igihugu Imbere Burundi:

Share