03/11/2025
NI MUKUBITE UMWICE😂😂😂😂
Ayo ni amwe mumajambo avugwa na bamwe mubantu bitahura ko bafise IKibazo co mugitanda bagahitamwo kwivuza
🛑REKA TUGANIRE GATO: mubisanzwe ukwo umuntu ashobora kugwara malaria cank iyindi ndwara isanzwe Nikwo ashobora kugira ikibazo mubihimba vyirondoka ni ibisanzwe Nubwo abantu benshi bibatera isoni kubivuga
Barayamaze ngo umukwe w'isoni ahambwa abona kandi ngo ibuye riserutse ntiriba ricishe isuka nyabuna nubona ufise ikibazo cimyororokere harimwo nka
Éjaculation précoce
Kutakaza inguvu zigitsina
Guteba kwisubiriza
S*x yagwingiye(yasubiye inyuma)
Kuba waragize ingaruka zo kuva warikibishije
Diabète du type II
Umugongo
Amibee
Infections
Hypertension artérielle
N'ibindi,,,,,
Iture muganga bigishoboka utazibuka kuyora washeshe
Hari Ikigo mpuzamakungu gikoresha imiti k**a (produits naturels sans produits chimiques ajoutés) gifasha cane kuwufise Ivyo bibazo bigatorerwa umuti
: Bujumbura centre kuri Avenue de la France
Ukeneye icubaza numéro ni +257 64163441
🛑Heures d'ouverture
-Lundi à vendredi kuva 8h00 kugera 17h
Samedi kuva 8h00 kugera 15h
*Dimanche kuva 8h00 kugera 16h
🛑Ikirushirije kuberako atakabura imvo , ico kigo gifise abaganga binzobere babanza kugupima bakabona urugero gw'ikibazo cawe ndetse n'inkomoka yaco gutyo bakabona kukuvura selon les résultats trouvés k'umubiri wawe
Murahawe ikaze rero tuzitire tutaronerwa
🛑Pour plus d'informations vous pouvez nous contacter au numéro +257 64163441
Amagara ni amazi aseseka ntibayore