12/11/2025
*ABAGABO MUGAHINDA*😭😭
*jewe umugabo wanje Aho atisonera aritora akambaza ngo Chr wishimye nkamuraba nkumva nomuvuma amate mumaso wewe wokwishima umuntu akwabiriye umunota umwe😭😭😭*
Ayo ni amwe mumajambo abagore baganira nabagenzi babo iyo bariko barayaga tubibutseko IKibazo co mugitanda cibasiye abagabo cane bigatuma basuzugurwa , bagacibwa amazi, bakarera abana atari gwabo n'ibindi,,,,,
*Mn: ntamugore numwe yoguca inyuma umwabira neza ntanumugore atoguca inyuma utamwabira bihagije*
*Tuganire gato*: mubisanzwe tuvugako ko umugabo afise IKibazo co mugitanda mugihe afise ibi bibazo
1. Arangiza vuba ( éjaculation précoce)
2. Ateba kwisubiriza canke ntanisubirize
3. Mugihe adashukwa bihagije (kubura inguvu kw'igitsina)
4. Gusubira inyuma kw'igitsina
5. Kuba warikibishije (ma********on) bigatuma imbuto zononekara (diminution de la quantité) canke zikaba amazimazi
6. N'ibindi
*Ngo umwenge w'inzu umenywa na nyaneyo*
Ukaba uri umugabo wibonako Kimwe muri ibi bibazo nyaragasa umpamagara ngire ico nkufasha
Tel+257 68 99 80 69 WhatsApp/appel simple
*🛑Niki cokwihutirwa iyo umaze kwibonako ivyo bibazo*:
Ntakabura imvo, IVYO bibazo bishobora kugushikira Kandi ubwambere wari umeze neza bikunda kuva kubintu vyinshi harimwo nkubugwayi nka diabete, hypertension artérielle, amibe,umugongo, prostate n'ibindi canke bikava kuri stress zo mubu*ima busanzwe n'ibindi bibazo bishobora kubitera
*🛑 Ati none mwofasha umuntu gute kwivyo bibazo*
Ivyo vyose iyo umuntu yotahuye k akwiye kuba umugabo abush*tse Ari uza akatugana agafashwa , tubibutseko abanza kubonana na muganga akamupima kugira amenye inkomoka bwite y'ikibazo cawe
*🛑 Ati mukorera hehe*
Dukorera Bujumbura centre ville lmbere ya bancobu siege neza na neza Avenue de la France 68998069
🛑Heures d'ouverture lundi à vendredi kuva 8h00 kugera 17h00
🛑 Samedi kuva 8h00 kugera 15h00
🛑 Dimanche kuva 8h00 kugera 16h00✅
Pour plus d'informations vous pouvez nous contacter au numéro + 68998069 WhatsApp/ appel si