24/04/2025
Nimba uri hagati yimyaka 20 na 35 ubu butumwa nubwawe 🫴🏼
ati kubera iki ? Mbe hoho ubwo butumwa nubwahe??
Reka duhere kuri statistics yakozwe hisunzwe imyaka kubahungu no kubakobwa uraza guca utahura ubu butumwa 100%
Umugore akaryoherwa umwanya munini canke kumuryosha kuburyo atokuvanga
Bivana nudu coup ukora
Ndabakunda cane mwebwe abagabo muguma mutwitaho, ariko mwivuze kuko 80% muraremvye aga coup kamwe nkakinkoko
Nubwo woba ukunda cane umugabo ariko ataco ashoboye kubuhinga bwomugitanda, Urukundo rugenda ruragabanuka kuko uba wamana umuriro udahera kuburyo numwanya wo kurongorana ugera umugore agatangura kuganya😭😭
Namba uziko ufise ibibazo co kwabira yaba kugira inguvu nke, kumara umwanya muto, kutisubiriza canke kugira inzanyi nto, ivyo ni ibibazo kivurwa. Kubwo gukunda urugo n'umugore wokwivuza kugira nawe ukomeze kumushimisha muri vyose. Nivyo abagore turakunda amahera ariko ibitsina nico gifata ikibanza camber🤦🤦🌹🌹🌹
Ndabahanura bagabo dukunda cane kwerekeza kwa Mama muti mumwiture ababure, imiti uriho, abaneshi ntavyo baribazi ko bivurwa,
🛑 Nabagore batagira ubushake n'a mavangingo murahawe ikaze muvurwe mukire
Sivyo gusa tuvura :
Woba uri umugabo/Umusore :
⭕️1. Ufise intanga nke?
⭕️2. Ufise intaga zitihuta?
⭕️3. Ufise intanga zibihumbwe?
⭕️4. Ufise intanga zamazi?
⭕️5. Udatera inda (utavyara)?
⭕️6. Urangiza vuba cane canke utagira ubushake?
⭕7. ..........
Woba uri umugore/Umukobwa :
🌹1. Utagira ubushake bwo gukora imibonano ?
🌹2. Umota nabi mu gitsina?
🌹3. Utagira amavangingo?
🌹4. Utagira ububobere mu gitsina?
🌹5. Uribwa uri mu mihango?
🌹6. Ufise ibiro vyinshi?
🌹7. ..........
Woba uri umuntu :
📍1. Ugwaye Asima?
📍2. Ugwaye Amibe?
📍3. Ugwaye umusipa?
4. Ugira stress
📍5. Umota nabi mu kanwa nahandi nko mubirenge?
📍6. Ufise amahere ku mubiri?
📍7. Ugwaye diabète 1 na 2 ?
📍8. Ugwaye ivumbuka ry'imurindi w'amaraso?
📍9. Ugwaye sinezite?
📍10. Ugwaye pararizi?
📍11. umushish*to?
📍12. igitigu B na C?
📍13. Umugongo?
📍14. goute?
📍15. Ugwaye amenyo (av'amaraso), Ibinyigishi bivyimba?
📍16. Ugwaye kansera?
📍17. musipa?
📍18. hémorroïdes
📍19. Uragumiwe (constipation)?
📍20. Ugwaye canke ugwaje inkorora y'akanira?
📍21. ...........
✍️ Kaze uvurwe ukire burundu.
🛑Tukwibutseko icingenzi ubanza gushika Aho dukorera ugakorerwa ibipimo (examen général) tukaraba urugero gw'ikibazo cawe nicabiteye nubufasha wohabwa bivanye nibipimo)
🛑 Dukorera bujumbura Centre ville gitega ,kirundo,Muyinga,,cankuzo,kayanza
🏥Twakure 📞 canke mutwandikire WhatsApp :
🥏📞✍️(+257 66329288 Docteur Fleury ✅)