Augustin Nsengiyumva

Augustin Nsengiyumva |For more infos contact us on |
My whtsp:+25761317186

👰🏿👰🏿👰🏿    IYINYIGISHO KUBAGORE N'INKUMI GUSA🛑🛑UMUTI RUHASHA UTUMA BAGUHA ICO WIPFUJE COSE.    Ushobora kubona akokantu u...
18/04/2026

👰🏿👰🏿👰🏿 IYINYIGISHO KUBAGORE N'INKUMI GUSA

🛑🛑UMUTI RUHASHA UTUMA BAGUHA ICO WIPFUJE COSE.

Ushobora kubona akokantu ukibwira ngo n'akantu gasanzwe ariko nashaka nkubwireko karengeye ukwo uvyibaza.

AKAMARO KAKO

Ubwako kameze nk'amavuta indani hariyo akantu kipamba nkakamwe bikugutuza gasanzwe kari mumavuta ariwo muti nyawo.Uti rero ufasha iki abagore n'inkumi

1️⃣ Ufasha mugutuma igitsina gore cegerana mugihe c'imibonano mpuzabitsina
2️⃣Gatuma umugire agira ubushuhe mugitsina kuri bamwe bakanye indani akongera akagira ubushake.

3️⃣Gatuma agira amazi bigatoma uwuriko aramwabira aryohegwa

4️⃣Ukora nka kalialia arico gituma uwakwabiriye atigera akwibagira canke ngo yiyumvire kukuvanga ahumba aguma akwirukako.

5️⃣Abenshi bagakoresha nka Jondama yokwigarurira abagabo bigatuma babak***a cane.

6️⃣ Ikindi rero cingirak**aro gatuma mugitsina hama hamota neza cane karanarinda kugwara infections

ICITONDERWA

Har'iyindi miti dushobora kuguhana mugihe twamenye ico ugakenereye.Nicogituma usabwa kutwandikira kuri Whatsap yacu hama tukabona kukubwira aho wodusanga.

Whatsapp:61317186

MURAKOZE

●●●UMUTI KURI BAMWE BAFISE INKORESHO NDENDE ITAGIRA INGUVU BAGATAKO BAKARANGIZA VUBA.     Nimba umaze gusuzugurika kensh...
18/04/2026

●●●UMUTI KURI BAMWE BAFISE INKORESHO NDENDE ITAGIRA INGUVU BAGATAKO BAKARANGIZA VUBA.

Nimba umaze gusuzugurika kenshi kuberako ufise inkoresho itagira inguvu menyako kuva umenye ico kibazo giheze.Uti rero bigenda gute:

●Rondera imizi y'ivyo biti 2 bibiri ubona kwifoto ikiri mibisi

●Bisekure neza
●Biteke mumazi(Urushi uruteka mwiritiro y'amazi)
●Mimina hama unywe agatasi mugatondo akandi kumugoroba.

■Bikore udasiba ukwezi kwose ndazi uzonshimira.

BIKABA VYOKUGORA KURONKA TWANDIKIRE TUGUFASHE KUYIKURONDERERA.

Whatsapp:61317186

MURAKOZE

🔞 INYIGISHO KU GUTEZA IMBERE UBURYOHE BW’IMIBONANO MPUZABITSINA MUMURYANGO        MENYA NEZA Mutwandikira muri beshi,kug...
17/04/2026

🔞 INYIGISHO KU GUTEZA IMBERE UBURYOHE BW’IMIBONANO MPUZABITSINA MUMURYANGO

MENYA NEZA

Mutwandikira muri beshi,kugira ntidute umwanya unyandikiye tanguza ibi bikurikira:

IZINA:
AHURI:
ICUSHAKA GUFASHWA:

🔞🔞🔞Ndagusabe ikicigwa ugisome utari hafi y'umwama kuko iki kiganiro kigamije gufasha abubatse n’abak***ana gutahura neza ingene bokwubaka ubuzima bwiza bw’imibonano mpuzabitsina, kuko kutaryohereza ico gice c’ubuzima ari imwe mu mvo zikomeye zituma ingo nyinshi zisambuka.

☎️【 +257 61317186 】🔹
💬 WhatsApp

Mu ngo nyinshi, usanga umwe muri babiri atanezerewe mu bijanye n’imibonano mpuzabitsina, bigatera:

●Umudugararo mu rugo
●Kutumvikana
●Gukeka ko mugenzi wawe asambana hanze
●Ivyo vyinshi biva ku kutamenya neza uko igikorwa gikorwa aho gutera amakenga indwara gusa nka impuissance, frigidité, ej*******on précoce, diabète, hypertension n’izindi.

1️⃣ Kutamenya Gutegurana (Caresse)

Gutegurana ni yo ntango y’uburyohe. Hari abagabo n’abagore benshi batabizi, ugasanga:
* Umwe ahatira uwundi igikorwa atiteguye
* Umwe abayeho nk’igikoresho
* Birasabwa kumenya ko umubiri w’umuntu ugizwe n’ibice vyumva cane (zones érogènes).

👉 Ku Mugore:
Umushatsi, amatwi, ururimi, amabere, izosi, umukondo, inda, amatako, imbezi (cl****is), n’ugwinjiriro gw’igitsina.
Ivyo bice bikwiye gukorwako buhoro, mu rukundo no mu bwitonzi gushika igihe umubiri witeguriye igikorwa.

👉 Ku Mugabo:
Ururimi, amatwi, udusonga tw’amabere, umugara, n’igitsina cane cane umutwe waco.
Gukorakora ivyo bice bifasha umugabo gutegurwa neza, atari ukwama ari we wenyene akora.

2️⃣ Kutamenya ko Umugore Ashobora Kurangiza (Orgasme)

Abagore benshi ntibarigera bashika ku munezero wanyuma, bigatuma bumva imibonano itaryoshe. Iyo umugore ashikijwe kuri urwo rwego:
●Yumva anyuzwe
●Arushiriza guk***a uwo bubakanye
● Ariko gushika aho bisaba gutegurana, kwihangana no kwitaho impande zompi.

3️⃣ Kutamenya Gutegura Imibonano

Imibonano myiza itegurwa kuva ku murango:
●Kuvugana neza
●Kohereza ubutumwa burimwo urukundo
●Gutegura aho baruhukira (isuku, ituze)
●Ash*tse, kwakirana akanyamuneza, kwoza umubiri, twibutsa ko isuku ry’ibihimba vy’irondoka bifasha igikorwa kugenda neza.

4️⃣ Umwifato Mu Gihe c’Igikorwa

Mugitanda si ah’ugutera itegeko. Birasabwa:
●Kwumviriza uwo muri kumwe
●Kuvuga ico uk***a n’ico utaryoherwa
●Buri wese agire uruhara mu kunezereza uwundi
●Ni ikibanza co kuruhuka, urukundo no gukomeza ubumwe, atari intambara.

5️⃣ Kunyonga n’Agaciro Kavyo

Kunyonga ni uburyo bwo gukoresha ikibuno mu buryo butuma igikorwa kirushiriza kuryoha. Hari uburyo bwinshi, ariko igihambaye ni:
Gukorana buhoro
Guhindura imvyino
Kudahatira mugenzi wawe
Iyo umugore ari hejuru akanyonga neza, biraryohera cane umugabo.

6️⃣ Ibibazo Bishobora Kubangamira Uburyohe bw’Imibonano

Hari ibibazo bitandukanye bishobora gutuma imibonano mpuzabitsina itagenda neza, muri vyo harimwo:
Kurangiza vuba
●Kubura ubushake bwo gukora imibonano
●Umunaniro ukabije
●Indwara zimwe zimwe nk’igisukari (diabète), umuvuduko w’amaraso (hypertension) n’izindi
●Ivyo vyose bishobora gutuma umwe muri babiri atanezererwa, bigakurura umudugararo mu rugo.

Ni vyiza kuganira hagati y’abubatse no kurondera inyishu zibereye.

👉 Hari kandi imiti k**a yitwa MERCI,RESISTANCE,AKANOVERA✅ itegurwa mu bimera, ifasha mu gutorera umuti ivyo bibazo, yongera ingoga, ubushake mu bijanye n’imibonano mpuzabitsina, bigafasha abubatse gusubirana umunezero n’ugutekana mu mubano.

☎️【 +257 61317186 】🔹
💬 WhatsApp

7️⃣ Guhindagura Uburyo (Positions)

Gukoresha uburyo bumwe gusa bituma habaho kurambirwa. Guhindagura positions bifasha:

●Kwongerera uburyohe
Gufasha impande zompi gushika ku munezero

🔹 INSOZERO
Imibonano mpuzabitsina ni ingabirano yo gukomeza urugo. Ishingiye ku:
✔ Urukundo
✔ Kwubahana
✔ Kuvugana
✔ Kwitwararika umunezero w’uwundi.

Iyo vyubahirijwe, bigabanya gusambuka kw’ingo kandi bikongera amahoro n’umutekano mu muryango.

MUGIHE WOBA UFISE ICUBAZA CANKE USHAKA KO TUGUFASHA CAKURIYO NIMERO.

☎️【 +257 61317 186 】🔹
💬 WhatsApp |

MENYA NEZA

Mutwandikira muri beshi,kugira ntidute umwanya unyandikiye tanguza ibi bikurikira:

IZINA:
AHURI:
ICUSHAKA GUFASHWA:

MURAKOZE

🌱  K’INZUZI (Imbuto z’Umwungu) KU MAGARA Y’UMUNTUItanguriro 1:29> _"Imana irababwira iti: Ehe ndabahaye ivyatsi vyose vy...
16/04/2026

🌱 K’INZUZI (Imbuto z’Umwungu) KU MAGARA Y’UMUNTU

Itanguriro 1:29
> _"Imana irababwira iti: Ehe ndabahaye ivyatsi vyose vyama utubuto biri kw’isi yose, n’igiti cose cama ivyamwa birimwo imbuto zavyo: bibabere ivyo kurya vyanyu."_

Aha tubona ko imbuto z’ibimera ziri mu vyo umuntu yaherewe ngo abeho neza.
Mu vy’ukuri, ubuzima bw’igiterwa buri cane mu mbuto zaco – ari naho haba intungamubiri nyinshi cane.

🎃 Inzuzi ni iki?
Inzuzi ni imbuto z’umwungu (courge/pumpkin).
Naho umwungu uribwa cane, benshi ntibaramenya ko imbuto zawo ari zo zitunze cane ku magara y’umuntu.

🧪 Intungamubiri ziboneka mu Nzuzi
Inzuzi zitunze cane:

* Magnésium
* Zinc
* Protéines
* Fibres
* Acides gras nziza (oméga-3 na oméga-6)
* Antioxydants
* Phytostérols
* Vitamines: B6, E, K
* Minéraux:
> Fer, Phosphore, Potassium, Sélénium…
Ibi vyose bituma ziba ibiribwa bikomeye cane ku mubiri.

❤️ 1. Zifasha Umutima gukora neza

Magnésium iri mu nzuzi ifasha:

* Gutuma umutima utera neza
* Gufasha amaraso kugenda neza
* Gukomeza amagufa n’amenyo

🛡️ 2. Zongera inguvu z’umubiri (Immunité)

Zinc iri mu nzuzi:
* Ifasha umubiri kwirwanira indwara
* Ifasha gukira vyihuse
* Ifasha amaso
* Ifasha no kumva uburyohe n’impumuro

👨‍🦰 3. Ni nziza ku bagabo (Prostate & inguvu z’ubugabo

Inzuzi zimaze kumenyekana ko:
* Zifasha prostate gukora neza
* Zifasha mu buzima bw’imibonano mpuzabitsina ku bagabo

🩸 4. Zifasha kugenzura isukari mu maraso

Fibres n’amavuta meza arimwo bifasha umubiri:
* Gukoresha neza insuline
* Kugabanya ukwiyongera kw’isukari mu maraso

👩 5. Ni nziza ku bagore bari muri ménopause

Zirimwo ibintu bikora nk’imisemburo y’ibimera (phyto-compounds) bishobora gufasha kugabanya:
* Gushuha cane kw’umubiri
* Kudasinzira
* Kunanirwa cane

😴 6. Zifasha gusinzira neza Zirimwo tryptophane, ifasha umubiri gukora:
●Sérotonine
● Mélatonine
Iyi misemburo ifasha gusinzira neza no kugira amahoro yo mu mutwe.

🦴 7. Zifasha ku bubabare n’uku vyimbirwa
Kubera amavuta meza na antioxydants:
●Zifasha kugabanya ububabare bw’ingingo
●Zifasha kuvyimbirwa mu mubiri

🧠 8. Zifasha ubwonko n’inguvu

Amaprotéines n’amavuta meza atuma:
Ubwonko bukora neza
Umubiri ugira inguvu zihagije

Zishobora kuboneka zitunganijwe neza muburyo bw'ifu (en poudre)

Hezagirwa 🙏
☎️【 +257 61317186 】🔹
💬 WhatsApp | 📞 Appel direct

  UVURA ABAGABO BARANGIZA VUBA  Ushobora kuba wahuye namyishi wanashaka ukaba wagerageje iyitari mike bikanka ariko gera...
15/04/2026

UVURA ABAGABO BARANGIZA VUBA

Ushobora kuba wahuye namyishi wanashaka ukaba wagerageje iyitari mike bikanka ariko gerageza uwu nawo urabe nivyak***a ushime Imana kuko jeho ntaco maze nd'umuntu asanzwe nkawe.

●Fata udukoni 3 twa Mdalasini
●Tora gingembre igoma 1
● 1/4 y'inanasi (Ihwase)
● Tungurusumu 1 ikwiye
●Ibitunguru bitukura 3
● 1/ 4 litre y'amata y'ifyufyu

Vyose bishire muk**ashine gasya Blender wakuyemwo amata gusa uhejeje.Vanga nayamata yawe hama ubinywe ugire uje kuryama.

■Bikore imisi 30 wikurikiranya uzoze unshimire

UFISE ICUSHAKA KO TUKUVURA TWANDIKIRE KURI WHATSAPP YACU HAMA TUKUBWIRE AHO UDUSANGA

Whatsapp :61317186

MURAKOZE

INGWARA NYAMUKURU WOVUZA *MORINGA*      🛑 KUBANTU BARONKA IBI VYIGWAHar'abantu mwiyumvirako ivyigwa ndabitanga nibeshe c...
15/04/2026

INGWARA NYAMUKURU WOVUZA *MORINGA*

🛑 KUBANTU BARONKA IBI VYIGWA

Har'abantu mwiyumvirako ivyigwa ndabitanga nibeshe canke mukiyumvira ko noba ndiko ndababesha ariko nashaka mbabwire ko mfise ubumenyi na Experience y'imyaka irenga 12 nkora ubuvuzi k**a.Umuti canke igiti ntanze mbandakiziko vyinshi cane birengeye nivyo navuze kuntumbero zokureka kubarusha.Nobasaba kubiha agaciro bibaye ngombwa mukaza murafata amanote muvyandika ahadata kuko nd'umuntu nshobora gupfa izinyigisho ntimusubire kuzironka.

Abantahuye mwese muhezagigwe

✅TUBANDANYE ICIGWA

Dusanzwe tuziko ikigiti kivura ingwara nyishi haba amababi,imizi,amashugwe ariko uyumusi ngiye kukubwira ingwara nke cane nyamukuru wokwivura ukoresheje amababi ya moringa.

1️⃣ Rhumatismes
2️⃣Bronchite
3️⃣ Igwirirana rya Cholesterol LDL mumaraso
4️⃣Guk**a amaraso ( Anemie)
5️⃣Trouble de Memoire ( Gutumutwe canke kwibagira )

Mugihe woba ugwaye izongwara wewe genda ugure ifu y'amababi ya Moringa hama uze urafata ifu uyuzuze mukayiko k'icayi kamwe gato uce umemega kundya ubiryane.

●Bikore gatatu kumusi mukiringo c'ukwezi uzoheze unyandikire unshimire.

MUFISE ICO MUBAZA CANKE MUSHAKA KWIVUZA TWANDIKIRE KURI WHATSAPP YACU.ICODUKORA TUBAHA ADRESSE YAHO DUKORERA GUSA HAMA NAMWE MUKAHADUSANGA.HARIHO ABASHAKA KO TUBAVURIRA KURI FONE MUMENYEKO BITOKUNDA KUKO ABATWANDIKIRA MURI BENSHI CANE RERO NTITWOBAKIRA NGO BIKUNDE KURI FONE KANDI HARIHO N'ABANDI BAGWAYI BADUKENEYE KUKAZI.

Whatsapp :61317186

MURAKOZE

NIGUTE UMUGORE YOKWIRINDA KUVYARA ABANJE KUBAGWA.Ahohambere hahise hariho umugigwa bakora mugire umugore agire aje kwiba...
14/04/2026

NIGUTE UMUGORE YOKWIRINDA KUVYARA ABANJE KUBAGWA.

Ahohambere hahise hariho umugigwa bakora mugire umugore agire aje kwibaruka igise kimufashe wabafasha kwibaruka neza uyumusi batagikora.Muti bakora iki:

1️⃣ Bajishira utumorimori k***a badufatanije n'umugozi w'igitoki bahejeje bagaca bakata iyo migozi vyose bigatibukura hasi.

●Vyafasha umugore yibungenze inda yiwe abarozi bakayizirika kugira ntiyibaruke ko izitugwa hama akavyara neza

2️⃣ Hari umuti bavuguta hama bakamunywesha ibikamvi bakabirenza inzu.

● Vyafasha kugira umugore avyare neza nkagire ikibazo nakimwe.

3️⃣Iyo bish*tse naho ibise bikabura bamuha gisekimwe hama akavyara neza ariko babanje gukora iyo yindi migigwa.Hariho n'ibindi vyinshi bakora uyumusi bitagikogwa.

UMWIHWEZA

Guta k**a vyahavuye bigwiza ama cesarienne hamwe n'impfu runaka bitewe n'uko hariho ivyo birengagiza bigatuma habaho utubazo tumwetumwe tudatoregwa umuti n'ubuvuzi kw'ikizungu.

IMPANURO

Nivyiza ko mukwirikiza ivyabaganga b'ikizungu babasaba ariko muze muregera n'abakurambere kugira babafashe kuri vyinshi bazi.

UFISE IC'UBAZA TWANDIKIRE

Whatsapp:61317186

MURAKOZE

ICO WOKORA KUGIRA NTIRIRENGE UTAROSE AMAHERAHariho abantu bafise ibidandazwa ariko baja kukazi bakirigwa bicaye atakintu...
13/04/2026

ICO WOKORA KUGIRA NTIRIRENGE UTAROSE AMAHERA

Hariho abantu bafise ibidandazwa ariko baja kukazi bakirigwa bicaye atakintu nakimwe bagurishije.Hakaba n'abandi batanaronka n'uwubaha akazi kugira baronke amahera.Uti rero wokora iki?

1️⃣Ubwambere manza ukoreshe wamuti twatanga mugatondo wogukura imikoshi.

2️⃣Rondera isukari,ikiyo hamwe na Canelle (Mdalasini y'ifu)

UKWO UBIKORESHA

●Ukivyutse mugatondo utarihumura fata akayiko gato k'isukari ubisuke mukiganza hamwe n'akayiko ka Mdalasini.

● Shira amazi mwibakure ,hama ushiremwo cakiyo cuburuye

● Fata utuzi dukeya cane murayo mazi hama ubombeke ryasukari na canelle uce uvyisiga mubiganza vyose bibiri.

●Karaba neza muri yamazi uce urindira wume ubone kuja mumirimo yawe.

Bikore buri musi ugire uje kukazi.

UFISE ICUBAZA

Twandikire hama tuguhe rendez_Vous y'umusi wodusanga kukazi tugufashe

Whatsapp:61317186

Murakoze

  Ikigiti c'umugombe gisanzwe gifise ibintu vyinshi kivura ariko twahisemwo kukivuga kubijanye n'umugisha n'uburyo cokor...
13/04/2026



Ikigiti c'umugombe gisanzwe gifise ibintu vyinshi kivura ariko twahisemwo kukivuga kubijanye n'umugisha n'uburyo cokoreshwa kubantu barozwe.Muti rero gifasha iki:

1️⃣Umugombe urakoreshwa nko kurogora umuntu yarozwe inyatsi canke ataco aha amaboko kandi bigaragara ko arondera ashizeko umwete.

2️⃣N'umuti mwiza mukwikura umukoshi.Abantu benshi bak***a kugikoresha nkiyo bavuye gukora imibonano mpuzabitsina bankako botwara imikoshi ikomoka kuwo bahuje ibitsina abandi bakawukoresha nkigihe babona ivyabo bitagenda neza

3️⃣ Kuri bamwe bafise aho bakorera ariko bataronka ababashorera irakoresha mukwoza ahohantu.

4️⃣Ifasha kurekura inda yaboshwe bikanaka kumugore avyara.

5️⃣Umugombe n'umuti mwiza kubantu inyenyeri yabo yazimye bashaka kwisubira kwaka.

Ivyo n'ibindi tutadondeguye nivyo ivura kumuntu awukoresheje neza yisunze ukwo umuganga yamuhaye urutonde n'uburyo yoyikoresha.

Wipfuza gusigurigwa ukwo ukoreshwa twandikire kuri

Whatsapp:61317186 .

Gerageza muhe abandi ububutumwa bakomeze kwiga.

Tugiye gutangura Version nshasha yokwiga ibijanye n'ubuvuzi k**a gusa.Abanshigikiye duhurire muri commentaire. fans
12/04/2026

Tugiye gutangura Version nshasha yokwiga ibijanye n'ubuvuzi k**a gusa.Abanshigikiye duhurire muri commentaire.

fans

 Ushobora kuba ukazi kurindi zina ariko mukinofonofo bakira SIDA ACUTA igituma abenshi bemezako kavanzwe n'amababi y'ito...
12/04/2026



Ushobora kuba ukazi kurindi zina ariko mukinofonofo bakira SIDA ACUTA igituma abenshi bemezako kavanzwe n'amababi y'itomati kavura ingwara nyishi cane.Gafasha mu:

1️⃣Kongera ubushake bwo guhuza ibitsina(aphrodisiaque naturel)

2️⃣Kurwanya bagiteri n’uduhumyo (antibactérien na antifongique) baca bakivuza infections

3️⃣Kuvura malariya (irwanya udukoko dutera malariya)

4️⃣Kugabanya ububabare (analgésique naturel)

5️⃣Gukingira no gukiza Estomac

6️⃣Kugabanya isukari iri mu maraso (bifasha abarwaye diyabete)
7️⃣Gukingira igitigu(foie)
8️⃣Gufasha gukira ibisebe
9️⃣Kurwanya “radicaux libres” (antioxydant)
1️⃣0️⃣Kurwanya uturemangingo twa cancer

1️⃣1️⃣Gufasha ubwonko n’imitsi y’amaraso

1️⃣2️⃣Gufasha umutima (gutunganya ukuntu utera n’ugusohora amaraso)

1️⃣3️⃣Gukingira amabuye yo mu mpyiko (calculs rénaux)

1️⃣4️⃣Kwica udukoko no kwirukana imibu

1️⃣5️⃣Kurwanya ubumara bw’inzoka

UFATWA GUTE

Iki nico kibazo benshi mwibaza ariko nashaka mbamenyesheko ushaka gusigurigwa ukwo uyumuti ukoreshwa nimpaka udusange aho dukorera kugira tuguhe umuco dufatiye kubugwayi ufise.

Birashoboka ko wibazako tukugoye ariko ibi twabishizeho kunyungu z'amagara yawe.Ahanini dushaka ko mumenya ak**aro k'ibiti naho mwokura imiti muhejeje musigurigwe umwe wese afatiye kuko agwaye.

Whatsapp :61317186

Nimba uk***a Film ndundi ukanaziraba mbwira Izina ryuyumukinyi n'ifilm umuzimwo hama uce usiga nimero ya Lumicash yawe m...
11/04/2026

Nimba uk***a Film ndundi ukanaziraba mbwira Izina ryuyumukinyi n'ifilm umuzimwo hama uce usiga nimero ya Lumicash yawe muri commentaire.

fans

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Augustin Nsengiyumva posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share