03/03/2025
🛑 KWIKINISHA (MA********ON)
➡️ ICIGWA C'UYUMUNSI TURABIRA HAMWE INGARUKA MBI ZO KWIKINISHA.
🛑NI RYARI BAVUGA KWIKINISHA ??
➡️ kwikinisha bivurwa mugihe umuntu akinisha igitsina ciwe wenyene ubwiwe agamije (afise intumbero) yo kugera kuvyishimo vyanyuma (éjaculation)
🛑KWIKINISHA VYOBA BIFISE INGARUKA MBI!?
➡️kwikinisha bigira ingaruka mbi cane kumuntu abikora :
Kwikinisha bigira ingaruka nyinshi harimwo nko
➡️ kurangiza vuba mumabanga mpuzabitsina,
➡️kuvyimba prostate,
➡️gutakaza icunyunyu ca zink bigatuma imbuto ziba amazi cank ibihumbwa bikaba vyokuviramwo kutaronka ikibondo
➡️,ugusubira inyuma kwigitsina ,
➡️kwononekara mubwonko bigatuma uguma wibagirwa
➡️,kugwara umugongo nibindi bibazo bitandukanye
🛑 USHOBORA KWIBAZA ATI NONE KUMUNTU ABIKORA YOBIHEBA GUTE ? MBEGA KUWOBA AMAZE KWIBONAKO IVYO BIMENYETSO YOKORA IKI?
➡️Iyo umuntu ashaka jguheba kwikinisha agatandukana nibibazo vyomugirako arafata akanya akabonana na muganga akamuvura birahera neza 69449121
🛑ATI MWEBWE mwagiz,ikibazo KUBIJANYE NO KWIKINISHA?
➡️Dufise ingaburomuti yitwa REVIVE CAPSULES 💊 ihangana nibibazo vyimyororokere kurugero gwo hejuru kubagabo canke abasore usanga bagira ibibazo vyo kubura ubushake, kutisubiriza, ingaruka zokwikinisha, kurangiza vuba, gucika intege mukurangura amabanga mpuzabitsina, guteba gushukwa,irinda prostate kwononekara ikavura na cancer ya prostate n'ibindi bibazo bitandukanye.
➡️ ICITONDERWA : ushaka ubufasha bwacu ntabwo uhabwa umuti utapimwe kuko bigusaba kubanza gushika Aho dukorera lgipimo ni 25 mill ex:general ukabonana na muganga akagukorera ibipimo (analyse pathologique du corps) akaraba mbega kwikinisha vyakugejeje kuruhe rugero ,bivanye numubiri ,umuntu kuko imibiri yakira ugutandukanye
🛑ATI MUKORERA HEHE?
➡️ ADRESSE : DUKORERA BUJUMBURA CENTRE VILLE IMBERE YA BANCOBU SIÈGE KURI AVENUE DE LA FRANCE NI NEZANANEZA IRUHANDE YA CAFÉ GOURMAND ✅cank imbere ya Bcb,cank Gar du Nord
➡️ HEURES D'OUVERTURE NI DE LUNDI À SAMEDI KUVA 8H00 KUGERA 17H00 ✅
🛑 ICITONDERWA KANDI: imibiri yabantu Iratandukanye ukaba uziko niburiburi umaze kwikinisha nubwo woba umaze kubikora 1 egera muganga akurabire nimba hari ikibazo vyaguteye kuko umuntu atangura kwibonako ingaruka mbi akenshi kumyaka guhera kuri 35ans
🛑 POUR PLUS D'INFORMATIONS VOUS POUVEZ NOUS CONTACTER AU NIMERO
+257 69449121
Amagara ni amazi aseseka ntibayore ✅