Ntangwata idakira uretse iyo wavukanye

Ntangwata idakira uretse iyo wavukanye Murahawe ikaze mukigo c'ubuvuzi NORKIE BURUNDI. Mufise ikihe kibazo tubafashe ?

https://www.facebook.com/share/p/1AL9QrwWGE/
14/03/2025

https://www.facebook.com/share/p/1AL9QrwWGE/

```NIMBA UGWAYE ASTHMA, NYARUKIRA MURI CENTRE NUTRITIONNEL BURUNDI UBONANE NA DOCTEUR UTARASINZIKARA.```

*ASTHME (ASIMA)*

Asima ni indwara y'amahaha.
Ni imwe mu ndwara ziteranye ubwoba kuko ihitana benshi kandi ukaba imaze gufatwa nk'indwara idakira.

UKO IFATA

Indwara ya asima ufata umuntu bitewe n'imiringoti ijana impwemu nziza twita oxygène bakaba bayita bronches n'udutsi dutoduto tuyivako bita bronchioles ikoberana maze igatangura kuzana uruziri(mucus) maze bigatuma impwemu zitaba zicinjira neza.
Ivyo bishika kenshi iyo ikirere cahindutse hagakanya canke mw'ijoro canke muntumuka canke inzu yugaye n'ahandi.

IBIMENYETSO

* Guhema udashikana (dyspnée)
* Gukorora cane mbere atanigikororwa kiza (Toux sèche)
* Kubira indugumba (transpiration)
* kumva inda inangiye
* n'ibindi

IKIBITERA

Ibitera asima ni vyinshi cane ariko reka tuvuge bimwe bimwe:
* Ishobora kuba akaronda (héréditaire) ariko ntavuka ayifise ahubwo avuka afise umubiri woroshe kuyirwara ( prédisposition génétique).

* Itabi

* Kuvukira ahantu handuye

* ubwandu bw'imigera (infection bactérienne)

* n'ibindi

NB. Mukugira n'abandi baronke amahirwe yo gukira, bikwize muma groupe murimwo, bihe abagenzi bawe.

Mushaka gusobanukirwa cane canke kubaza ingene twobahuza na CENTRE NUTRITIONNEL BURUNDI, mwoturondera kuri Iyi numéro ya Whatsapp:
*+257 65247644*
Appel simple ni : +257 62505807

MURAKOZE.

Address

Bujumbura
1978@@

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ntangwata idakira uretse iyo wavukanye posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share