Urakira nawe257

Urakira nawe257 Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Urakira nawe257, Medical and health, Musenyi, Bujumbura.

NIWABA UDAFISE IMYAKA 18 NTIWUGURURE👇👇🛑 UMUGORE WANJE YAGIYE MUBAPFUBUZI KUBERA KUTAMUKWIRIZA😌Nitwa M .F  mfise IMYAKA 5...
28/10/2025

NIWABA UDAFISE IMYAKA 18 NTIWUGURURE👇👇

🛑 UMUGORE WANJE YAGIYE MUBAPFUBUZI KUBERA KUTAMUKWIRIZA😌

Nitwa M .F mfise IMYAKA 52 umugore wanje nawe Akaba afise imyaka 27 , mukwezi kwa 11 umugore wanje bamufashe ariko asambana numusore bangana bamubajije acavuga ngo ntaco yambariye murugo ngo sindamukwiriza

Nihutiye kuraba umuganga akorera i Bujumbura aramfasha

🛑Tuganire kukibaza gituma abagore baca inyuma abagabo

🟠Abagore Bose bakunda kwabirwa , umugore wese adakwirizwa aracana inyuma (uwariwe wese)

🛑Niryari bavugako umugore adakwirizwa

Mwibi bihe bivanye ningorane zo gufungura ibintu vyo muma industrie vyinshi hamwe nihindagurika ryibihe abagabo benshi barafise ingorane yo kubura ubushake bwo kurangura amabanga mpuza bitsina ababugize nabo bakaragiza vuba( éjaculation précoce)

Ivyo bishobora kuva kuma hormones yabo yagabanutse nka progestérones, testostérones, oestrogènes canke bikavana na les maladies chroniques umuntu agendana nka ( diabète, hypertension artérielle,amibe ,,, ) izozose ziratuma inguvu zumugabo zogabanuka.

🛑Mbega biratorerwa inyishu!

Ibuye riserutse ntiriba ricishe isuka

Ikigo c'ubuvuzi N.B gifise ingaburo muti zihangana nivyo bibazo carabegereye

Adresse :*Dukorera Bujumbura Centre ville imbere ya "BANCOBU SIÈGE" kuri Avenue de la France"*

🛑Heures d'ouverture lundi à vendredi kuva 8h00 kugera 17h00

🛑 Samedi kuva 8h00 kugera 15h00

🛑 Dimanche dukora kuva 8h00 kugera 16h00

*Service dutanga* :
Iyo umuntu atwituye arashika Aho dukorera akabonana na muganga akamukorera ibipimo kugira turabe urugero ikibazo ciwe Kiriko kugira avurwe selon les résultats twahawe n'umubiri wiwe.

Amagara ni amazi aseseka ntibayore✅

Pour plus d'informations vous pouvez nous contacter au numéro

WhatsApp / Call +257 66 32 30 98

28/10/2025

nikihekintu utazi ushaka kumenya

Address

Musenyi
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Urakira nawe257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Share on Facebook Share on Twitter Share on LinkedIn
Share on Pinterest Share on Reddit Share via Email
Share on WhatsApp Share on Instagram Share on Telegram