Cabinet du Psychologue Filde

Cabinet du Psychologue Filde Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Cabinet du Psychologue Filde, Psychologist, Rohero 1, Avenue de l'amitié , N°11, En face de la pharmacie LA DIGITALE, Bujumbura.

30/05/2024

NI GUTE TWOBUNGABUNGA ITIRO RININI KANDI RYUBAKA UMUBIRI ?

23/02/2024

Mwari muzi akamaro k'itiro mu buzima bw'umuntu?

TUBISANGA MURI IKI KIGANIRO.

13/12/2023

TUMENYE IVYO TWOKWITWARARIKA KUGIRA IKIYAGO KIGENDE NEZA

Kurikira iki kiganiro📡

10/10/2023

Twiteho iringanizwa ry'amafaranga n'ubundi butunzi bwacu.

28/09/2023

Ihohoterwa n'iki?

KURIKIRA IKI KIGANIRO

09/09/2023

N'iki twokora kugira ngo twikingire ingwara ya "dépression" ?

KURIKIRA IKI KIGANIRO 📡

26/07/2023

INKURIKIZI Z'INGWARA YA DÉPRESSION N'IZIHE?

TUBISANGA MURI IKI KIGANIRO.

05/07/2023

Muripfuza kumenya ibimenyetso vy'ingwara ya "dépression" ?

KURIKIRA IKI KIGANIRO.

07/06/2023

Akamaro k'ikigongwe mu vyerekeye inyifato.

TUBISANGA MURI IKI KIGANIRO.

26/05/2023

Mbega umuntu yohera canke yohereza kuki kugira atere imbere ?

Inyishu tuzisanga muri iki kiganiro.

19/05/2023

Inkurikizi za "Stress" ku magara y'umuntu n'icokorwa .

TUBISANGA MURI IKI KIGANIRO

11/05/2023

Turabire hamwe inkomoko ya "STRESS" n'ibimenyetso vyayo
KURIKIRA KINO KIGANIRO.

04/05/2023

Woba wipfuza kumenya ingene utegekanya ibikorwa vyawe ku munsi?
KURIKIRA IKI KIGANIRO

28/04/2023

Umuntu wese arafise ubushobozi butuma abaho neza canke nabi bivanye n'ingene abukoresheje.

TUBISANGA MURI IKI KIGANIRO.

21/04/2023

Hoba hariho ivyo ubayemwo wipfuza ko vyohinduka ?
KURIKIRA IKI KIGANIRO

13/04/2023

KURIKIRA IKIGANIRO

Ni gute twomenya ingene umugwizatunga akora ?

Address

Rohero 1, Avenue De L'amitié , N°11, En Face De La Pharmacie LA DIGITALE
Bujumbura

Telephone

+25779981618

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cabinet du Psychologue Filde posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to Cabinet du Psychologue Filde:

Videos

Share

Category