BF SUMA Burundi

BF SUMA Burundi YOUR HEALTH IS OUR CONCERN

Dites adieu aux maux de ventre ! 🤢Indigestion, ulcères, ballonnements, hémorroïdes, amibe, ... la nature a une solution ...
12/04/2026

Dites adieu aux maux de ventre ! 🤢

Indigestion, ulcères, ballonnements, hémorroïdes, amibe, ... la nature a une solution pour vous. 🌿

Découvrez notre remède naturel pour soulager vos problèmes digestifs et retrouver votre bien-être.

Plus d'infos en MP. 😉

31/03/2026
Umuti utanga énergie no gusubiza neza utugingo turiko turasaza canke tutagikora kubera indwara (réparer les gènes)  ukor...
28/03/2026

Umuti utanga énergie no gusubiza neza utugingo turiko turasaza canke tutagikora kubera indwara (réparer les gènes) ukoresheje NMN duo release tablets

Tablet imwe igizwe n’ibice bibiri (double couche / double libération)

• Fast release layer (libération rapide) – ishonga vuba cane, igatanga boost initial de nutriments kandi igaca yongera NAD+ ningoga, bigatuma wumva énergie mu minota nka 30

• Slow release layer (libération lente) – ishonga buhoro buhoro, ikongera NAD+ progressivement, igatanga énergie durable umusi wose (24h)

NMN duo release ifasha:
• Guteza imbere santé des vaisseaux sanguins (imitsi y’amaraso)
• Gufasha régénération des capillaires (ututsi duto tw’amaraso)
• Guteza imbere amagara meza muri rusangi (bien-être général)


umurindi wo gusaza Imburagihe. Umuti wakozwe n'abanyamerika (made-in-Los Angeles, California)

Adresse: Avenue de l'amitiE building RUCSA PLAZA bureau no 3

Ouvert: 9H -18H

Address

Bujumbura

Telephone

+254743335810

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BF SUMA Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share