Bien être

Bien être Safety is everyone's responsability:si nous savions les effets des toxines nous nous en débarrassions

AKANUKO KABI MUKANWA Harabantu usanga banuka nabi mukanwa iyo ariko aravuga cank aguhemeyeko ukomenga wohunga🥹 ako kamot...
02/01/2026

AKANUKO KABI MUKANWA

Harabantu usanga banuka nabi mukanwa iyo ariko aravuga cank aguhemeyeko ukomenga wohunga🥹 ako kamoto kabi kava indani mumara (intestin) bisigura KO mumara yiwe afise ikibaz (afise ibicafu vyinshi vyaboreyeyo )

tubahereze Aloe Vera gel, na bright toothgel

1) Aloe Vera gel ifasha gusukura indani mumubiri mugusohora ibicafu vyose kuva mukanwa gushika mwisohokero bigasohoka, irica ubumara bw'isumu, ishano, acide,irica ubumara bw'ama produits chimiques twihereza muvyo dufungura no muvyo tunywa.

2) Bright toothgel ningaburo y"amenyo iteguwe mur Aloe Vera n'ubuki
Uyikoresha mukwibrossant , iyo uriko uri brossant urufuro uramira kugira rwice imigera mibi iri mumihogo ituma ugira akamoto kabi

Bright toothgel nta Fluoride irimwo irafasha no kubijanye nurukoba(ubushe,ibisebe,ibihushi ,ububurima,angine....)

Urashobora kuyirungikira abagenzi bawe ubahereze iyi numéro 👇🏿👇🏿👇🏿
+25779272219
+25769086851WhatsApp et appel

Nawe ufise ikibazo twandikire kuriyo numéro nyen,🤗.

AMAGARA MEZA NI ITUNGA RIKOMEYE.

28/12/2025
*AKAMARO KO KUNYWA  ULTRA LITE🥛 ,URUVANGATIRANE RWIKWIJE RW,AMATA Y,IBINYANTETE( INAZI🌰,IBIYOBA🥜,SOYA🫘,IBIHOKE,🌻NGANO🍿,I...
28/12/2025

*AKAMARO KO KUNYWA ULTRA LITE🥛 ,URUVANGATIRANE RWIKWIJE RW,AMATA Y,IBINYANTETE( INAZI🌰,IBIYOBA🥜,SOYA🫘,IBIHOKE,🌻NGANO🍿,IBIGORI🍚,NOIX DE CAJOU🥠,CACAO🦪,MACADAMIA🍘...ARYOSHE CABE YUJUJE INTUNGAMUBIRI ZOZE UMUBIRIUKENEYE*
_____________________________

Soma gushika hasi urabona ivyiza vyayo

*ULTRA_LITE:* _N'ingaburo iryoha cane❗❗ yujuje ivyangombwa vyose umubiri ukeneye Kumusi kumusi,isumba inuama,amagi,abata yinga,inkoko,ushobora kuyihereza ahuri hose ukayatekera kukazi murugendo canke ukagenda uyanyoye ukirirwa uhaze,umeze neza,unonotse,ata restaurant ikenewe..

Ifasha ibi bikurikira👇:

✅Irimwo vitamine nivyunyunyu vya nyamukuru vyose umubiri ujeneye
✅yongereza inguvu,amaraso,amaberebere kubonsa,ikomeza imbuto kubagabo nabagabo

✅Ikinga kugira umuvyibuho wikirenga( )

✅Irinda kurwara umutima imitsi n'imitsi nsozabwenge(Nerf sensitifs)kuko igabanya mbi (LDL) / ibinure bibi...

✅Irafasha ababukanye n'ibihimba vy' n'ibindi tutodondagura ngotumare

✅yongereza ubushake,inguvu,nokudacikintege nokubagore nuko

✅ Ikinga kurwara amafyigo

✅Iragabanya uburuhe budahera ,gucikintege no kwama ata tuguvu mukazi ukora

✅Ifasha abagore bageze mugihe co guca imvyaro ( ) kutababazwa n'ivyo bihe ,bakoroherwa

✅yongerereza inguvu igakinga nogukora neza, n'amaso akabona neza kubera nka A,na C birimwo

✅Ifasha mukunogererezwa kw'ivyo kurya (Facilite la ) bigahoka neza,

✅ikinga no kugumbiza(constipation)

✅Irinda kurwara na za muhekenyi(rhymatisme),Goutte kuko itunze ivyunyunyu nka ca,Mg,zn,Cu,Fe

✅Itera gutembera neza kw' nimikorere yumutima yose


✅Irinda kurwara Diabète kandi n'ingaburo ifasha uwigwaye n' n' 👍👍👍🥛🥛🥛🥛


✅ Yongerereza kubagite bonsa,ikabaha ibiro bikwiye,nubwiza bwo kurukoba

✅Yongera igikuriro ciza kubana ,igatuma bavyibuha bakanonoka,bagakerebuka

✅Itunze ibituma imihango y'abakobwa n'abagore ija kuri gahunda,abatakijayo,abamarayo igihe,nabababara bari mukwezi birahera

✅Ikinga kanseri y'amabere canke ya n'ibivyimba vyo munda nomugitereko

✅Itunze icunyunyu ca zinc na vitamine B9 bishinzwe irondoka, bityo igafasha abubatse yongereza n'imbuto kubagabo n'abagore zigakomera ,ikongereza sperme(urunyigimbi)

✅Yubaka umubiri no kuwusana kuko itunze protéines nyinshi, igatera igikuriro nokudasaza kare kurukoba

✅Irakenewe cane kubagore bibungeze...

✅Ishobora gusubirira inyama z'ibikoko, n'amata y'ibikoko

✅ Ultra_Lite,ifasha abakora sport,bakeneye gupunguza inda,n'umuvyibuho

✅Yongereza ibiro kubantu banamvye/bonze cane

✅ushobora kuyivanga,nibuyi,amata,amazi yakazuyazi,jus yivyamwa,jus yimboga,amata yasoya,...

Kuyironka baza:
+25769086851(Whatsapp/(Appel)

Votre satisfaction, notre motivation

Niwumva : constipation,hémorroïdes, Amibes, Wama wuzuye inda,Ibirungurira,Amangati,Ubura akayabagu,Iseseme rya burikanya...
21/12/2025

Niwumva :
constipation,
hémorroïdes,
Amibes,
Wama wuzuye inda,
Ibirungurira,
Amangati,
Ubura akayabagu,
Iseseme rya burikanya,
Uribwa mumara canke muri estomac ,
Wama umenetse umutwe
Nibindi.......

UZOMENYE KO STOCK Y'UBUCAFU YABAYE UMURENGERA INDANI MUMUBIRI WAWE.
Vyiza ntiworindira ko biyangara ihereze Aloe vera gel .
Cure 3 litres zonyene muri 5 jrs uba wasubiye kuba mushasha.

Gira commande : +25769086851./
79272219

Uza ubona atoye ibitumbura 3 akabirya akabimara atanakuvugishije, ukabona afashe isambusa 2 ararokeje agaca afata na yao...
15/12/2025

Uza ubona atoye ibitumbura 3 akabirya akabimara atanakuvugishije, ukabona afashe isambusa 2 ararokeje agaca afata na yaourt canke umutobe umeze neza akarenzako, umube ngo tsuuuh! Ahejeje agaca akuyagisha rero!🤣😂😆😅😄🤷‍♂️😳

*Kenshi incuti ntizigera zironka uburyo bwokuvuza uwurwaye ariko amahera yo gupfuba uwabo yagiye ntibigera bayabura Yama...
13/12/2025

*Kenshi incuti ntizigera zironka uburyo bwokuvuza uwurwaye ariko amahera yo gupfuba uwabo yagiye ntibigera bayabura Yama ahari*

✍️✍️✍️✍️✍️😢😢😢

 / Twandikire kuri Whatsapp/appel isanzwe: 257 69 08 68 51    (HASIMA)Hasima n'indwara y'amahaha Ni imwe mundwara zitera...
11/12/2025

/

Twandikire kuri Whatsapp/appel isanzwe: 257 69 08 68 51

(HASIMA)
Hasima n'indwara y'amahaha Ni imwe mundwara ziteranye ubwoba kuko ihitana benshi kandi ikaba imaze gufatwa nk'indwara idakira.

◼️
Indwara ya Hasima ifata umuntu bitewe n'imiringoti ijana impwemu nziza twita oxygène bakaba bayita bronches n'udutsi dutoduto tuyivako bita bronchioles ikoberana Maze ugatangura kuzana uruziri (mucus) Maze bigatuma impwemu zitaba zicinjira neza ivyo bishika Kenshi iyo ikirere cahindutse hagakanya canke mw'ijoro Hari intumuka canke inzu yugaye n'ahandi...

◼️
★Guhema udashikana (dyspnée)
★Gukorora cane mbere atanigikororwa kiza
★Kubira indugumba (transpiration)
★Kumba inda inangiye...etc

◼️
Ibitera Hasima ni vyinshi cane ariko bimwe bimwe :
★Ishobora Kuba akaronda (héréditaire)ariko ntawuvuka ayifise ahubwo avuka afise umubiri woroshe kuyirwara (prédisposition génétique)
★Itabi
★Kuvukira ahantu handuye
★Ubwandu bw'imigera (infections bactériennes)
‼️

N.B MUKUGIRA N'ABANDI BARONKE AMAHIRWE YO GUKIRA BIKWIZE MUMA GROUPE MURIMWO

Kubipfuza ubufasha canke ukeneye ku menya vyishi mwotwandikira kuri
Whatsapp:
+25779272219

Appel: 69086851

Amagara meza ni itunga rikomeye.

Ushobora kuba ufise ibibazo vyo kubabara munda, warariye canke waranyoye ibirimwo ibintu bishobora kubangamira umubiri(i...
03/12/2025

Ushobora kuba ufise ibibazo vyo kubabara munda, warariye canke waranyoye ibirimwo ibintu bishobora kubangamira umubiri(ishano/isumu, woba ututumba munda ,uhora wama wuzuye inda, uragumbiza(constipation), wumva wama uremerewe/urushe umubiri wose,

Inyishu ni iki kinyobwa: ALOE VERA GEL.

Umuntu atihereza iki kinyobwa Aloe vera gel kuba ari ukutamenya.
Ukeneye ubundi busobanuro bwimbitse yoza in box watsapp +25779272219

Amagara meza ni itunga rikomeye.

Iyo ushaka gushika kuntsinzi utegerezwa kubanza kwikunda wewe ubwawe,ugakunda ivyo ukora, ugakunda nuburyo ubikoramwo 🤝🤝
03/12/2025

Iyo ushaka gushika kuntsinzi utegerezwa kubanza kwikunda wewe ubwawe,ugakunda ivyo ukora, ugakunda nuburyo ubikoramwo 🤝🤝

01/12/2025

Témoignage Fibromes mauwa kanyosha

01/12/2025

Témoignage goutte Rumonge

Address

BUJUMBURA, NGOZI
Bujumbura

Telephone

+25769086851

Website

https://thealoeveraco.shop/68NdRk7V

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bien être posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to Bien être:

Share

Share on Facebook Share on Twitter Share on LinkedIn
Share on Pinterest Share on Reddit Share via Email
Share on WhatsApp Share on Instagram Share on Telegram