Magara n'ikindi clinic

Magara n'ikindi clinic mudukurikirane tubahe Ku bumenyi ,mubigerageze bizobafasha cane

03/02/2026
03/02/2026

Hari yateye itandukanye niyo twari dusanzwe tumereye twayigwara ikanikiza. Iyi yo ni injanamuntu ndakurahiye, cane cane iyo hari akabeho. πŸ‘‰Uyu niwo muti wanvuye, nabo nawurangiye Bose barakize. Muminsi itatu gusa uba wakize.πŸ‘‡πŸ‘‡

Bagabo ncuti zanje gabanya inzoga niyo mutobe muguma munwa,  . Umugore arihangana agateba akarambirwa,πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡ agasigara akur...
01/02/2026

Bagabo ncuti zanje gabanya inzoga niyo mutobe muguma munwa, . Umugore arihangana agateba akarambirwa,πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡ agasigara akuraba akakugwiza n'Ubusa.( 65 38 16 94 )

Nkaha usanga uyu mu Type yimariye indwi zingahe atibwirije , Umugore wenyene agateba akavyisabira n'Ubundi ukigira nkaho utatahuye🀣🀣

Muvyemere canke muvyanke ntamugore n'Umwe mwoguma mubana , ivyo witeza utonyoni vyose birangira bigutekurukanye.

Ubaye nawe ufise ikibazo nkiki banguka Ufate Umuti Ukuvura Burundu ugatandukana nico kibazo.

TΓ©l : (+257)
65381694 / 79049490

Iki mubona citwa  . Kimeze nk'umugina ariko siwo kuko iki ntikiva mumugina , iki ntibarinda kucimba conyeneKiraduga mpak...
31/01/2026

Iki mubona citwa . Kimeze nk'umugina ariko siwo kuko iki ntikiva mumugina , iki ntibarinda kucimba conyene
Kiraduga mpaka kigaseruka hejuru , ntadukoko tuba turimwo.

Iki rero Aho uzokibona mundimiro canke mwotongo ryawe uzogitore igitahane ni ngirakamaro cane uvura indwara z'Umutima. (Umutima uvyivye, Uvuduko w'Umurindi w'amaraso n'izindi)

Uracana Umuriro ukoresheje amakara canke inkwi ugaheza ukakirambikako ukacotsa , hamwe ubonye cahiye carunguye uragikurako ukaringira kigahora, ugaheza ukagisekura ukayungurura agafu. Uwugwaye aza arakoresha ikiyiko kimwe mugikombe c'amazi, akamininisha agatambara akihereza rimwe kumunsi kumara indwi zitatu. Biravura sana

, niba ukunda utuntu twubwenge nkutu. Ugize ikibazo kibarize muri πŸ‘‡

31/01/2026

Address

Bujumbura

Telephone

+25761615474

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Magara n'ikindi clinic posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to Magara n'ikindi clinic:

Share

Share on Facebook Share on Twitter Share on LinkedIn
Share on Pinterest Share on Reddit Share via Email
Share on WhatsApp Share on Instagram Share on Telegram