Ukwemera kwawe inzira yawe

Ukwemera kwawe inzira yawe Ino ni page nashimye ko twozirikanira hamwe ijambo ry'Imana tukabazanya ibibazo kandi tugafashanya kwishura

Amahoro neza mwese ngarutse hano kubibitsa ikintu nigeze kuvuga mumisi yaheraEkleziyan'umugambi w'Imana sishaka ry'abant...
23/09/2023

Amahoro neza mwese ngarutse hano kubibitsa ikintu nigeze kuvuga mumisi yahera

Ekleziyan'umugambi w'Imana sishaka ry'abanturero muvugamak nabi canke mureka tekereza n'ingabo za shetani ntizizoyisenyura

Ugukomeza kwinuba abandi nivyo bizokubuza umutima wukubakunda Dufise bike dutunze ariko dufise vyinshi vyugutanga
12/07/2023

Ugukomeza kwinuba abandi nivyo bizokubuza umutima wukubakunda

Dufise bike dutunze ariko dufise vyinshi vyugutanga

UMUSHA WA YEZUMurupfu gwa yezu niho hagaragaye ikimenyetso c'uzuye c'ubunywanyi klistu afitaniye n'umuntu ugwo rukundo r...
05/07/2023

UMUSHA WA YEZU

Murupfu gwa yezu niho hagaragaye ikimenyetso c'uzuye c'ubunywanyi klistu afitaniye n'umuntu ugwo rukundo rero gwabonetse mugusesa amaraso n'amazi ngo akize wewe na jewe none rero twame twitura uwo mushaha wadukunze kugira ngo dukire
Nimba muvyibuka neza usirikare yacumise yezu rirya cumu yarahumye ijisho ariko kubwugwo rukundo gwuzuye yezu yaramukijije .none wewe umwituye yoreka kugukiza?
Niwe yavuze ngo abarushe n'abaremerewe nimuze iwanje ndabaruhure mwiture azogukiza

MAMAN Thérèse de Calcutta yavuze ngo:1.ugukomeza kwinuba abandi nivyo bizokubuza umutima w'ukubakunda2.ikiduha iteka n'i...
04/07/2023

MAMAN Thérèse de Calcutta yavuze ngo:
1.ugukomeza kwinuba abandi nivyo bizokubuza umutima w'ukubakunda
2.ikiduha iteka n'ico tumariye abandi
3.ugukomeza kwinuba abandi nivyo bizokubuza umutima w'ukubakundq
4.uwumara akanya mukurondera ivyomufasha kwitezimbere ntaronka umwanya w'ukuvuga nabi abandi

Mère Thérèse de Calcutta. DUSABIRE

K***a abansi banyu ,girira neza ababahama sabira n'abababeshera Bose.Igihe n'iki ngo wirengagize n'irengagize ivyo vyose...
20/06/2023

K***a abansi banyu ,girira neza ababahama sabira n'abababeshera Bose.
Igihe n'iki ngo wirengagize n'irengagize ivyo vyose budutandukanya .ico yezu yadusavye n'uko twokundana .
Akarorero nabi ntikazobura ariko haragowe uwo kazovako
Ivyanditswe vyose vyahumetswe n'imana bikagira akamaro mukwigisha m'uguhanura no m'ukurera ruklistu (2thimote3:16)

Nirenganira

EKLEZIYA Ekleziya sigikogwa c'umuntu numwe mugabo : nigikogwa ça yezu klistu kuko yabwiye petero ngo "nzokwubakako eklez...
08/06/2023

EKLEZIYA

Ekleziya sigikogwa c'umuntu numwe mugabo : nigikogwa ça yezu klistu kuko yabwiye petero ngo "nzokwubakako ekleziya n'ingabo za shetani nizizoyisenyura " ngico rero ico wewe najewe twomenya nta bubasha nabutoyi dufise ngo dusenyure ekleziya y'Imana

ICITONDEGWA: Ekleziya n'umuvyeyi yama atezibiganza abana niwe ngo abakire kurya rero iyo abavyeyi baraye baragwana utagenda urabivuga hose nibibe kwo no kw'uwo muvyeyi ntuvuge ayo wishakiye ngo ushatse kuyisubiramwo umutima wawe ukwagirize

YEZU ati "ndafise n'izindi ntama " erega yavuga abo benedata
MUHEZAGIGWE UBUNDI JEWE NIRENGANIRA

Address

RN3
Bujumbura

Telephone

+25761055254

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ukwemera kwawe inzira yawe posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share