DanielTheo

DanielTheo Turakora ibipimo bisuzuma umubiri wose kugira ngo umuntu aronke umuti uhuye nibibazo afise kuri 20000fbu na consultation iba irimwo murayonyene.

Muminota 15 uburose inyishu yibipimo ntidutevya.

 .  +25769430748.... Call & WhatsappEse wari uziko abagabo barenga 30%  babana n'ikibazo cyo kurangiza no kutagira ubush...
12/03/2024

.

+25769430748.... Call & Whatsapp

Ese wari uziko abagabo barenga 30% babana n'ikibazo cyo kurangiza no kutagira ubushake bwo gutera ariko bakabyihererana?
Wibyihererana... Ahubwo
ngwino nkurangire umuti
wagufasha.

UTU TUNINI ureba, dukoze mu bimera by'umwimerere. birimo imbuto 🍅🍊🥒 imboga 🥦 n'ibihumyo... Ndetse nta produits chimique zirimo.
NTA NGARUKA ZITERA.


➡️ Zongera imisemburo ya testosterone
➡️ Zivura kurangiza vuba no kutagira ubushake bwo gutera akabariro...
➡️ Zituma intanga zongera gukora neza
➡️ Zivura n'ibindi bibazo umubiri wawe uhura nabyo bituma udatera akabariro neza

Uramutse ukeneye ubufasha, ufite umuntu ufite ibibazo twavuze ...
WAZA TUKAGUFASHA.
Ufise izindi ndwara duhamahare dukorera ahatandukanye

# +25769430748(call&whatsp)

Hagarika kwongera gushakisha ubuvuzi i Kigali🇷🇼, Ubu yamiti mwahora mushakira i Kigali yageze i Burundi🇧🇮 . Umuhinga wac...
16/02/2024

Hagarika kwongera gushakisha ubuvuzi i Kigali🇷🇼, Ubu yamiti mwahora mushakira i Kigali yageze i Burundi🇧🇮 . Umuhinga wacu twaboherereje i Bujumbura mwamushakisa kuri

WhatsApp:69430748

Dufise Nandi ma agence:

,



ca Rugombo hepfo ya Bancobu

Hampande y'Ikibikira

# Bubanza

nkorera mw'ivuriro ry'umushinwa ngaha mu Rwanda, tukaba twabazaniye ngaho i Burundi ishami ndetse tukagira service zizewe

+25769430748
Ushaka gufashwa hamagara kurizo numero bagufashe👆👆👆
Niba ufise ibibazo nkibi vyo
1)gucika intege mu mabanga y'abubatse🛏️
2)Kubura ubushake ukarangiza vuba mu gihe cyo gutera akabariro🛏️🧑‍🤝‍🧑
3)infection🤧
4)Ingaruka zo kwikinisha 🤿
5)Kuribwa udusabo twintanga (amabya🥠, prostate🥽)
6)Intanga zabaye ibihuhwe
7)Ubugumba butavukanywe.

Turagerageza tuvuge kuri revive izindi muzasiguza umuganga wanyu

💊REVIVE ikorwa gusa mu vyatsi bisanzwe byitwa Epimedium🌵. N'ikirimwa kirandaranda cyiri mu muryango w'ibihingwa bizwi nka berberidacea kiboneka mu majyepfo y'Ubushinwa ndetse no mu bice bimwe na bimwe bya Aziya.

💊REVIVE.
yongera ogisijeni(Oxygen) mu maraso.

💊REVIVE irinda kandi ikavura gusohora imburagihe ndetse ikanavura ingaruka ziterwa no kwikinisha.

IBYIZA BYO GUKORESHA 💊REVIVE:

✅Ikiza gusohora imburagihe no gucika intege utera akabariro.

✅Yongera libido(Ubushake) ku kigero cyo hejuru.

✅Yongera umusaruro w'intanga mu bwiza n'ubwinshi.

✅Ihangana n'ingaruka zo kwikinisha, ikongera imbaraga za kigabo ndetse ikanafasha mu kongera amasohoro

✅Gukoresha revive bikakurinda gupfubya uwo muhuye.

💊REVIVE IGIZWE N'IBININI 10
UKO IFATWA:
⚠️Unywa ikinini kimwe mu minsi ine,

▶️SIVYO GUSA KANDI TUVURA 1.Amibe
2.Umwijima
3.estoma
4.Diabète du type 2
5.Umwingo
6.Prostate
7.Insuffisance rénale
8. Kubagore batagira amavangingo

9 .Hémorroïdes internes et externes
10akamoto kabi. mugitsina
11. Infertilité féminine et masculine
12. Avortement spontané/septique

NB:Mwakigwa n'abahinga babinonosoye

09/02/2024

Ukaba ufisee Ivyo bibazo 69430748

Mwiriwe canke mwaramutse ,tuyage Gato kubafise ikibazo cukurangiza vuba ,mumenyeko ibibintu tubivura neza cane umuntu ag...
04/02/2024

Mwiriwe canke mwaramutse ,tuyage Gato kubafise ikibazo cukurangiza vuba ,mumenyeko ibibintu tubivura neza cane umuntu agasubira Kuma ak**achini murugo akagubaka neza cane atakwidoga nagutoya murugo

Ngwikikiganiro cuyumunsi kirangije uyumunsi👇👇👇

🔴Banywanyi bacu ni ryari bavuga ko umuntu afise ubushobozi buke bwo kurangura
amabanga y'abubatse ?
➖➖➖➖➖➖➖
🔵Ni mugihe iyo ari umugabo atabushake aba agifise canke biba bitagikunda ko amara iminota 30 ari mur'ico gikorwa.
Mu bisanzwe gusohora intanga (sperme) irya mbere
birashobora kunyaruka bigatwara nimiburiburi iminota iri hejuru canke munsi ya 5 (+ou-5min), mugabo irya kabiri
canke gatatu bitwaye umwanya uri musi ya 30min haba hariho ikibazo.

Hari n'uwusohora rimwe ntasubire,kandi ariho igikorwa kigitangura Bigaheza bigatera ibibazo bikomeye uwo bariko bakorana ico gikorwa ,aba yakwizeye agasanga ntaco umaze 🤔.

🔵 Mu gihe iyo ari Abagore ubushobozi buke bwabo burangwa
no gutakaza ubushake hamwe no kubura amazi
mu gitsina(kugira umwumira).

🔵 MUTI NONE IBI VYOSE TUDONDAGUYE VYOBA BIVA KUKI ?
➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖
– Uburwayi bwa zimwe mu ngwara zidakira twovuga nka diabète, hypertension, goûte, amibe,...

— Ubugwayi bwo mu bihimba vy'irondoka(prostate
ku bagabo , ama infections ku badamu)

— Kuvyibuha cane

— Stress nyinshi bivanye na kazi , ubuzima canke ku mibano.

— Kuba umuntu yaragendeye mu bintu vyo
kwisambanya igihe kitari gito.

— Kuba umuntu anywa inzoga nyinshi n'itabi.

— Gufata imfungurwa zidakwije vitamine (carences nutritionnels),...

🔵 MUCA MUTUBAZA MUTI RERO INGARUKA NI IZAHE KURABO BOSE BARI MU RUKUNDO ?
➖➖➖➖➖➖➖➖➖
1) Bituma urukundo rugabanuka hagati y'abubakanye.

2) Gutakaza icubahiro imbere yuwo
mwubakanye canke mukundanye.

3) ugushwana kwa minsi yose no kwikekana guhemukirana.

4) Umwe mu bubakanye arashobora kurenga ibigo kubera kunanirwa kwihangana.

5) Biri mu bitera ingo nyinshi zisambuka , hakabaho no kwahukana,...

🔵MUTI NONE HOKORWA 'IKI KUGIRA TWIKINGIRE IZO NGORANE ZOSE ?
➖➖➖➖➖➖➖➖➖➖

Munywanyi wacu nyaragasa turarabe ikibazo ufise , ikindi benshi batari babizi menya ko Hari imiti yakozwe n'Urunani rw'amashirahamwe akomakomeye

Mu gihugu cacu cu Burundi benshi batwitura kurico kibazo baramaze gufashwa biciye muriyo miti

Abipfuza ubufasha bwacu mwoturonka vyoroshe kuri :

Watsap muciye ngaho
👉🏿+25769430748

🤜🏿🤛🏿
Sangiza ubutumwa mugenzawe

*ASTHME (ASIMA)* *Asima* n'indwara y'amahaha zifatiye kwiyononeka kwama bronches arivyo bituma umuntu ahema nabi.Nkuko v...
18/01/2024

*ASTHME (ASIMA)*

*Asima* n'indwara y'amahaha zifatiye kwiyononeka kwama bronches arivyo bituma umuntu ahema nabi.Nkuko vyerekana n'abashakashatsi 5% _7% vyabantu bari kwisi bagendana iyo ngwara arico gituma iba iyiteye ubwoba ikongera ikaba iyica.

*UKWO ASIMA IFATA*

Indwara y'asima ifata umuntu bitewe n'imiringoti ijana impwemu nziza(oxygène) mumaha bita bronches n'udutsi dutoduto tuyivako bita bronchioles ikoberana maze igatangura kuzana uruziri(mucus) bigatuma impwemu zitaba zicinjira neza mumaha.
Ivyo bishika kenshi iyo ikirere cahindutse hagakanya, mw'ijoro, igihe umugwayi wayo aciye muntumuka canke inzu yugaye n'ahandi.

IBIMENYETSO

_Guhema udashikana (dyspnée)

_Gukorora cane,ntugire igikororwa(Toux sèche)

_Kubira indugumba(transpiration)
_kunangira inda n'ibindi

*IBITERA 'ASIMA*

Ibitera asima ni vyinshi bimwe murivyo n'ibi:

1️⃣Akaronda(héréditaire) ntavuka ayifise ahubwo avuka afise umubiri woroshe kuyirwara( Prédisposition génétique).

2️⃣Itabi
3️⃣ Kuvukira ahantu handuye

4️⃣Ubwandu bw'imigera(infection bactérienne) n'ibindi

*IMITI Y'ASIMA*

Nubwo beshi bavuga ko idakira mubuvuzi k**a turemeza neza ko ikirabitewe n'ibishingantahe vyabo tumaze kuvura bikagenda neza

*UFISE ICUBAZA*

Turondere kuri :

_Whatsap call sms 69430748
_

Gute wamenya Ibitandukanye kubuzima bwa kiremwa muntuBaza muganga+25769430748 *GUTAKAZA UKURYOHERWA N'AMABANGA Y'ABUBATS...
18/01/2024

Gute wamenya Ibitandukanye kubuzima bwa kiremwa muntu
Baza muganga
+25769430748

*GUTAKAZA UKURYOHERWA N'AMABANGA Y'ABUBATSE KU BAGORE/FRIGIDITE*

Gutakaza kuryoherwa n'amabanga mpuzabitsina Ku bagore ni indwara ifata abagore n'abakobwa ituma batanezererwa iyo bariko bararangura amabanga ya bubatse, mbere ntibashike ku rwego rwo kuryoherwa birenze niyo intanga zikisutse ukamenga ntacabaye(orgasme).

*KURANGURA AMABANGA YABUBATSE*

Mubisanzwe iyo umugore canke umukobwa ashuhijwe n'umugabo cnke umukunzi wiwe (caresse) mubihimba nkaburamubiri nko ku mabere, ku minwa, ku matako, mu gitsina, mu matwi, ku nkomokomo za mabere iyo yashushe, mu gitsina c'umugore hari agahimba bita glande de bartholin kaca gasuka amazi(lubrifiant) kakabombeka igitsina.
Ico gihe rero umugabo ashobora gushirayo inzanyi yiwe kuko umugore aba yiteguriye kuryoherwa, kubwuruja n'uruza rw'inzanyi n'iko umugore aryoherwa kugeza igihe ashika kurwego rwanyuma rwo kuryoherwa twita femme fontaine, amazi akisuka azananye mu muringoti utwara umwanda muto bita urètre, ayomazi ashobora gushika kuri 200 ml yitwa ejaculat.
Ico gihe aracika intege akumva yoca yisinzirira

*Ariko arwaye frigidité si uko, ibintu bica bihinduka*!!!

Umugore yafashwe nubwo burwayi arangwa nibi bikurikura:

👉🏼 Kubabara bariko bararangura amabanga y'abubatse (dyspareunie)
👉🏼kuma mu gutsina (sécheresse vaginale)
👉🏼kutashika kurwego rwo kuryoherwa
👉🏼kutumva akayabagu kumugabo
N'ibindi vyinshi.....

Hariho ibintu womenga ntaco bitwaye ariko ariryo soko ryako kaga kagisibije mu ngo n'imiryango myinshi.

Navyo akaba ari nk'inzoga, itabi, Ubwandu bufatira mu bihimba vy'irondoka, ubumara bita monoxyde de carbone butuma amazi abura, infungurwa zikenyenye, agahinda (stress), guta mutwe(dépression), guhagarika umutima(anxiété)
👉🏼diabète
👉🏼kutanezerererwa uwo mwubakanye
👉🏼Gutinya ko ushobora gutwara inda
👉🏼kurangura amabanga y'abubatse utabiyeguye
👉🏼gukunda uwo musangiye igitsina(lesbienne), umuvyibuho urenze hamwe n'ibindi vyinshi.....

Kubamaze kugira ubwo burwayi ndabafitiye inkuru nziza hamwe n'izindi ngaburomuti zahinguwe n'ikigo gifise inkomoko muri chine

NB. *Kubantu bafise ibibazo canke bipfuza kwivuza basabwe kwitura ICO kigo
Watsapp +25769430748

Inyishu yabonetse
Nawe ufise Izindi ndwara ntitwakwibagiye
*SMS & appel WhatsApp*
📞+25769430748 kubatagira WhatsApp
Burundi🇧🇮, Tanzanie🇹🇿, Kenya🇰🇪, Rwanda🇷🇼 ,Congo🇨🇬 n'ahandi kw'isi
Nimba ucika intege mu gihe co kurangura amabanga y'abubatse koresha REVIVE✅ capsules bikire burundu binahe urugo rwawe umunezero.

KAMARO ka REVIVE:

1. Ituma amaraso atembera neza.

2. Ituma ubwonko bukora neza ikanongerera umuntu iguvu.

3. Yongerera ubudahangarwa amaso umuntu akabasha kubona neza.

4. Igabanya urugimbu rw'amaraso.

5. Irinda amaraso kwiyegeranya.

6. Irinda imitsi gupfunyarara.

7. Irinda kujunjama n'indwara ziherekeza ubusaza.

8. Ivura guhorana umunaniro ukabije.

9. Irinda uburemba, ikanongerera abagabo ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina.

10. Irinda kuvyimbagatana ikabavura gusesa urumeza.

11. Irwanya cane kurwara umutwe w'uruhande rumwe ikanarwanya casima.

12. Ihangana n'ingaruka zo kwikinisha, ikongera imbaraga za kigabo ndetse ikanafasha mu kwongera amasohoro.

REVIVE ntigoranye kuyifata kuko ufata ikinini kimwe mu minsi ine, ivyo bigaragaza imbaraga ifise.

Dukorera mu bice bitandukanye vy'i gihugu kandi imiti tuyikugezaho

Kuzindi nsiguro mwaduhamagara kuri WhatsApp +25769430748

Niba kandi wipfuza kudukurikira mu bikorwa vyacu vya buri munsi no kutwandikira kuri WhatsApp naho wokoresha nomero:
+25769430748
Dukomeze kugira amagara mazima.

Turavura n'izindi ndwara.

14/01/2024

SOBANUKIRWA

ICO UTARUZI KURI MA********ON. *KWIKINISHA*

NINGARUKA UMUNTU AHURA NAZO MUGIHE AKOZE MA********ON😱 NAHO YOBIKORA RIMWE GUSA.NAZO NIZI ZIKURIKIRA.UZISOME WITONZE...

👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿mubisanzwe iyumunt yikinishije nubwo yobikora rimwe gsa nuko abahejeje kwic amagara yiwe.ingaruka zo kwikinisha icambere vyica imitsi yomubihimba vyirondoka..

bigatum uturingoti tusohor imbuto tusambuka.iyorero akaringoti k**aze kwononekara rimwe narimwe umunt acagir ubushake buke kko twadutsi twubats imboro duca dutakaza ubushobozi bwogushobora gutanga inguvu biturutse kwihungabana rya twadutsi twubats igitsin duca dutakaza ubushobozi biturutse kukabeho Kaba kariko kinjira imbere muritwo.

arinaho kenshi muzoca mutangura kubon ingaruka zo kwikinisha penu itakaza inguvu zo guhagarara umwanya munini mbere kenshi ikagend isubir inyuma.gahoro gahoro.kand biranakunze noguteza ningaruka zimbuto kubur inguvu zikamera nk**azi biranatum umunt abura uruvyaro kumvo zuko imbuto ziwe ziba atabushobozi bukwiye ziba zigifise bwo gushobora guter inda.

Ahandinaho umuntu akam acik umugongo burimusi.ndetse no kwibagira cane kko turetse no kugir ikibazo co mubihimba vyirondoka canke kurangiza vuba biratuma nubwonko bukoranabi.kko burat umurongo aricogitum usang umuntu iyo yinjij igitsin ciwe mumupfasoni ubwonyen imbuto ubwonyen zica zisohoka.harinabandi zivayo batarana tangura nigikorwa nyezina umuntu ak**ara nimisi -hagati ya 2 jour cank 5 -jour kuduga atabushake -yumvise izo zose -ningaruka zo -kwikinisha.turetseno -kurangiza vuba

-ikindi nuko bikunze no gutez ingwara ya -prostate cancer.eka nimbuto zigatakaza inguvu zikasigara zimeze -nk**azi.😱
Muricogihe umuntu arashobora guc agira ikibazo co kutavyara.😭izo ningaruka zo kwikinisha nubwo benshi babifata nkuko umengo nibisanzwe.

Mb mwomenya ko nabarya bantu bakunze kuraba yama zaphilme zama po*******hy que ko nabonyene bwgira ikibazo co kurangiza vuba?

kko ntaho bitaniye nuryamuntu yikinishije kko biri muvyonon imitsi yo mubihimba vyirondoka iyo uziravy umwanya muremure vyica nubwonko nubwo benshi mwibazango nikunezerez amaso.

Atinone kubantu bahuye ningaruka zo kwikinisha vyogenda gute kugirango bakire? icambere nuko umuntu benuyo afata umut unagur uturingoti tuba twarazivye bitewe no kwikinisha umut uja kutwoza kugirango amaraso yasubire kutembere neza.nicokimwe nuryamunt akunda kuraba za film zibiterasoni ama pornographic ntaho bataniye nuryamuntu yisambanije kko ingaruka nizimwe.kuk icambere birica mubwonko bigatum imitsi yubwonk ikoranabi.bikanatuma natwadutsi two mubihimba vyirondoka twononekara ariyompamvu kensh umunt acagira nikibazoco kurangiza vuba ahandi hakadukamwo nikibazo ça prostate cank imbuto zigatakaz inguvu zigasigara zimeze nk**azi.

-kubantu boba bamaze gushikirwa nivyo bibazo arko bakaba bipfuza
-bohamagara kurizo numéro zacu.
👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿

+25769430748

14/01/2024

Nimba utarenza 24ans # ibibintu #

Ibara ryaraguye kubagabo mudatera akabariro neza 😭😭😭Mbe NiKuberiki # mutakirenza agaturo kamwe? Kurya kwinkoko igira Ipu papapapuuuu.....
yabaroze? mpamagara ndabahe REVIVE CAPSULES muhashe Abo mwashakanye neza mubanoze.

Tel+257 69430748 whtsp

NYAMUTI warabonetse watuma muvavanura nukwitwa ba .
Hamagare uwafashe REVIVE CAPSULES 👇👇👇akurangire Aho wayikura

+25769430748
👆 uyu yagufasha ugakira burundu mwakure

Ukazubona coup imwe itiro ngwiryo🫣🫣
vyuka vyuka nawe... Twebwe musigaye mudushisha 😂,

Ugasanga wakwifuza ugasanga ntavyomushoboye 😄 ubwonyene mugahita murangiza mukadusiga turyaryatwa hama ngo murabagabo

WARABONETSE
twakure kur +257769430748 call& Whtsp
✍️umuti # numuti wagutuma mwisubiza ubugabo bwanyu mugakira burundu mukikuragasuzuguro
✔️➡️IVYO REVIVE YAGUFASHA
➡️kurangiza vuba
➡️Gucika intége
➡️Kutisubiriza agaturo kakabiri gushika kukagatatu
➡️imbuto zabaye ibihimba
➡️Kutagira imyororokere mumabanga yabubatse
➡️Umugongo
➡️Igitsina Cabaye buzingame

UKO REVIVE CAPSULES BAYIFATA
Revive igizwe nibinini 10 ufata ikinini kimwe mumisi 4 kandi ukoreshe amazi yakazi yazi urumvako Revive ubwayo yikwije burikimwe.
A kura muganga agufashe aho wabuherereye hose
Natwe abadamu twarose umuti uzodufasha kukibazo cukubura amavangingo mini love irahari kubwacu karibuni.

+25769430748(call&whtsp)
Ndabakunda mwese!

Ufise nibindii bibazoo Dufise Ibisubizoo sivyo gusa

Address

Bujumbura

Telephone

+25769430748

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when DanielTheo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share