Amagara Nibwo Butunzi Nyabwo

Amagara Nibwo Butunzi Nyabwo Dukingire amagara yacu kuko ar'amazi aseseka ntibayore narirya ataho agurirwa

Uyu muti benshi bama bawukenera kubera ubwiza n'ubushobozi bwawo mukuvura n'ugukinga ibibazo bifatira mugihimbbc'irondok...
08/03/2025

Uyu muti benshi bama bawukenera kubera ubwiza n'ubushobozi bwawo mukuvura n'ugukinga ibibazo bifatira mugihimbbc'irondoka c'umugabo.
N'umuti mwiza atangaruka mbi utera bivanye n'ukuntu ukozwe, abowukenera bivanye n'uburere barimwo botumenyesha kuri +257 61 150 629 kugira tubabwir aho bowutora habegereye

NGIYI   IKOMEYE YOTUMA UMUNTU YITWARARIKA     BIBI MUMUBIRIKugira ibiro vyumurengera  gushika kurwego rwo gusesa inda ar...
22/08/2024

NGIYI IKOMEYE YOTUMA UMUNTU YITWARARIKA BIBI MUMUBIRI

Kugira ibiro vyumurengera gushika kurwego rwo gusesa inda ar'ivyo bita ni imwe mu ngwara ibangamiye abantu benshi kandi ifise ingaruka mbi mugihe umuntu atabikoreyeko

🔍 WOBIMENYA GUTE KO UFISE UBUNINI BURENGEJE 𝗡,𝗜𝗕𝗜𝗥𝗢 𝗩𝗬𝗨𝗠𝗨𝗥𝗘𝗡𝗚𝗘𝗥𝗔❓
__________________________
Kugira umenyeko wamaze kugira ibiro birengeye ivyo wategerezwa kugira canke ko warwaye iyo ndwara bita ,urabira ku biro(poids)ufise n'uburebure (taille/en mètre)

✍🏻 Muvyukuri umuntu ari kurutonde rubereye ategerezwa kugira ibiro bingana n'isantimetero arenza kumetero
👉🏻N'ukuvuga upima nka 1,60m ibiro vyiwawe nyavyo bitegerezwa kuba 60kg . Mugihe birenze c'est danger⚡💔

Y'UMUVYIBUHO URENZE
__________________________
Ingaruka z'umuvyibuho urenze ( obésité) ni nyinshi,ndababwira zimwe zimwe:

➖ Obésité iri mu vyambere bitera indwara y'igisukari( sucré "de type 2"),izokugeza kugucirwa amaguru nibindi bihihimba bitandukanye vy'umubiri n'izindi ngaruka mbi nkoguhuma n,ibindi
➖ artériel(Ivumbuka rikabije ry'umurindi w'amaraso)
➖ veineuse :Ivurirana ry'amaraso ritera mumitsi bikaza gutuma imitsi kuziba amaraso ntabe akirengana
➖ (Indwara yokuvyimba imitsi itembereza amaraso munyama) ( vines) nkokumaguru
- vergetures(ama maribori)
AVC( accident vasculaire cérébral)amasanganya yiturika ry'imitsi yo mu BWONKO bishikaho numuntu aba paralysie(gukanyarara ibihimba vyumubiri) nka hemiplegie,paraplégie: n'ibindi
➖ Cancer(ama canseri aterwa nubumara biva muvyo twafunguye)
➖ Gusaza kare (vieillissement precoce) n'ibindi bitandukanye
➖ Gutakaza ubushobozi n'icipfuzo cokurangura amabanga y'abubatse,nokutabinezerererwa( sexuelle,frigidité&anorgasmie)

INYISHU KUMUNTU AFISE UMUVYIBUHO URENZE,NOGUSESA INDA❓

🥗 HARIHO INGABURO NZIZA IBIHEZA!
Iroza imyanda yose n,ubucafu bwo mumubiri n,ibinure bibi vyo k***a

Ikibazo c'ukurangiza vuba gifise abantu benshi ariko kiravurwa kigakira gutyo ibintu bikagenda neza umunezero ukagaruka ...
19/07/2024

Ikibazo c'ukurangiza vuba gifise abantu benshi ariko kiravurwa kigakira gutyo ibintu bikagenda neza umunezero ukagaruka mu rugo!
Dufise imiti myiza yabigenewe kandi atangaruka kubera atabumara(produits chimiques burimwo)
Abivyifuza mushobora gushika Aho dukorera canke mukakura kuri +25761150629 kugira muronke ibisobanuro vyimbitse

BITERA AGAHINDA N'UMUBABARO,Arik'inyishu yabonetse💃💃. Duhamagare 📞 canke Mutwandikire SMS ✍️ canke WhatsApp 🥏 kuri : (+2...
26/01/2024

BITERA AGAHINDA N'UMUBABARO,

Arik'inyishu yabonetse💃💃. Duhamagare 📞 canke Mutwandikire SMS ✍️ canke WhatsApp 🥏 kuri : (+257) 61150629 cank (+257) 79316133

Woba uri umugabo canke Umusore :

⭕️1. Ufise intanga nke?
⭕️2. Ufise intaga zitihuta?
⭕️3. Ufise intanga zibihumbwe?
⭕️4. Ufise intanga zamazi?
⭕️5. Udatera inda/Imbanyi (utavyara)?
⭕️6. Urangiza vuba cane canke utagira ubushake?
⭕7. ..........

Woba uri umugore/Umukobwa :

🌹1. Utagira ubushake bwo gukora imibonano mpuza bitsina?
🌹2. Uhumura/Umota nabi mu gitsina, mu kwaha?
🌹3. Utagira amavangingo?
🌹4. Utagira ububobere mu gitsina?
🌹5. Uribwa uri mu mihango/mu kwezi?
🌹6. Ufise ibiro vyinshi(Surpoids)?
🌹7. ..........

Woba uri umuntu :

📍1. Ugwaye Asima?
📍2. Ugwaye Amibe?
📍3. Ugwaye umusipa?
📍4. Ufise Umunaniro (Stress)?
📍5. Umota nabi mu kanwa nahandi ku mubiri nko mukwaha no mubirenge?
📍6. Ufise amahere ku mubiri?
📍7. Ugwaye diabète 1 na 2 ?
📍8. Ugwaye ivumbuka ry'imurindi w'amaraso?
📍9. Ugwaye sinezite?
📍10. Ugwaye pararizi?
📍11. Ugwaye umushish*to?
📍12. Ugwaye igitigu B na C?
📍13. Ugwaye Umugongo?
📍14. Ugwaye goute?
📍15. Ugwaye amenyo (av'amaraso), Ibinyigishi bivyimba?
📍16. Ugwaye kansera?
📍17. Ugwaye musipa?
📍18. Ugwaye hémorroïdes
📍19. Uragumiwe (constipation)?
📍20. Ugwaye canke ugwaje inkorora y'akanira?
📍21. ...........

✍️ Kaze uvurwe ukire burundu n'ishirahamwe mpuzamakungu rikoresha imiti idasanzwe idapfa kuboneka ahariho hose.

🏥Ufise ivyo bibazo? WIPFUZA KWOROHEREZWA MUKWIVUZA, Twakure 📞 canke mutwandikire SMS canke WhatsApp ✍️ kur'izo numéro tubafashe mukubafatira rendez vous kugira mushike mwakirwa mutiriwe murateba :
Fyonda : https://wa.me+25779316133 cnk mwakure kuri :

🥏📞✍️(+257 61150629 ou +257 79 316 133 .

🆕‼️📳 Inkuru nziza ku bantu bagendana indwara duk***a kwita ngo n'intakira : les maladies chroniques nka:👇👇👇1.diabète2.hé...
27/02/2022

🆕‼️📳
Inkuru nziza ku bantu bagendana indwara duk***a kwita ngo n'intakira : les maladies chroniques nka:👇👇👇
1.diabète
2.hépatite zose
3.infections zose
4.abagabo batakivyara canke batagishobora kurangura amabanga y'abubatse nez(impuissance sexuel),n'iyo baronse inguvu bamara umwanya muto
5.abagore batakinezerererwa kurangura amabanga y'abubatse kukubura amazi yo mugitsina
6.Abamana uburuhe,stress n'ibindi
7.indwara z'amafyigo
8.umugongo
9.ibivyimba
10.estomac(umushish*to)
11.goûte
12.carie dentaire hamw n'izind ndwara zo mû menyo
13.indwara zo ku rukoba
14.hémorroïdes
15.amara(intestins)
16.imitsi(nerfs)
17.amagufa
18.asima
19.amasinezite
20.igitigu(foie)
21.amahaha
22.hypertension
23.paralysie
24.prostate
25.manque des vitamines
hamwe n'izindi ndwara nyinshi tutiriwe turavuga ziravurwa zigakira biciye mw'ishirahamwe mpuzamakungu rikorera mu Burundi hamw n'ibindi bihugu bitandukanye, kndi umurwayi yakirwa n'umuganga yabinonosoye !

Uwoba afise ama résultats yoba yaragirishije kwa muganga,vyiza yoza ayazanye 👌
Abokwifuza ubwo bufasha canke bafise ikibazo boturondera kur'izi numéro cnk bagashika Aho dukorera👇 whatsapp : +25761150629
Mobile : +25779316133
+25761150629
E-mail:
bukurujcld@gmail.com
Rero uwob afise ibibazo bijanye n'amagara yiw canke yoba azi uwufise ivyo bibazo arashobora kumuha Ubu butumwa mu kubusabikanya kugra ntihagire uwusigara inyuma atavuwe kuko amagara aruta amajana
kandi hamaze kuvurwa benshi niyo mpamvu twashimye gusabikanya Ubu butumwa kugira ntihagire uwusigara inyuma atavuwe kukutamenya.
Murakoze

La est votre Richesse
is your wealth

INDWARA YA  Indwara ya sinusite nimwe mundwara ibangamiye abantu benshi kuko benshi bagendana ubwo bugwayi abenshi bibaz...
21/01/2022

INDWARA YA

Indwara ya sinusite nimwe mundwara ibangamiye abantu benshi kuko benshi bagendana ubwo bugwayi abenshi bibaza ko iyondwara kugira ikire barinda kukubaga ( opération )

Inkuru nziza nuko tubafitiye umuti ushobora gufasha iyo ndwara igahera burundu kandi kukiringo gito batarinze no kukubaga.

SINUSITE NIKI??

Sinusite n'indwara yo kwakaka mu mubice biri mu mazuru bita SINUS
agahimba kose ka sinus gafise ihuriro n' imiringoti yinjiza impwemu bita fossés basales murico gihe uruziri ( mucus ) rugatembamwo

UBWOKO BWA SINUSITE

Sinusite zigabuye ubwoko bune ( 4 ) nkuko nama SINUS agabuye uburyo bune(4 )
Reka turabire hamwe uko ubwoko bwama sinusite bugabuye:

1. Sinusite frontale :iyo irangwa n' ububabare haruguru y'ijisho rimwe hamwe nubushuye bwinshi bugera kuri 38;5C°

2 . Sinusite sphénoïdale : iyo irangwa no kubabara inyuma y'ijisho no kugira ubushuhe

3 .Sinusite ethmoïdale : irangwa no kuvyimba ingohe ;kubabara ijisho no kugira ubushuhe bwinshi

4 . Sinusite maxillaire :iyo niyo ifata benshi cane gusumba ubundi bwoko

MBE SINUSITE ITERWA N' IKI?

Muncamake sinusite iterwa n' imigera ya vuris canke iyindi migera isanzwe (infection bactérienne ou virale )

NI RYARI YIBONEKEZA

Sinusite akenshi yibonekeza bivuye kuri allergies nkiyo umutewe nibintu bifise akamoto gatandukanye nka mashugwe 'amavuta' intumuka n' ibindi harigihe yibonekeza bivanye ni hinduka ryikirera ni bindi vyinshi

IBIMENYETSO VYIBONEKEZA KENSHI

Mubisanzwe sinusite ifise ibimenyetso bitandukanye kandi vyinshi ariko reka tubabwire ibimenyetso rusangi

1 . Kumeneka umutwe

2 . kubabara ukanaremerwa mu sura

3 . kugira ubushuhe

4 . Kumva ibintu bigukwega mumazuru umenga uriko wa kaka

5 . Amazuru arafungirana akaziba

ICITONDERWA

Iyo wumva mumazuru hazivye sivyiza kuja ivyiriringa amazuru kuko hari ibindi bihimba uba uriko urica vyinshi

Address

Rohero
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Amagara Nibwo Butunzi Nyabwo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to Amagara Nibwo Butunzi Nyabwo:

Share