Iji ryinzamb yiherezo

Iji ryinzamb yiherezo Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Iji ryinzamb yiherezo, Medical and health, Bujumbura.

Yes. Numwam ibih vyos
21/07/2025

Yes. Numwam ibih vyos

21/07/2025
🔴🔵 :Noneho igihugu ca Kenya 🇰🇪 Kiracitse umunyota,🔥 Kumugoroba wuno musi wambere le 7/07/2025 Niho abanyagihugu Bomukare...
08/07/2025

🔴🔵 :Noneho igihugu ca Kenya 🇰🇪 Kiracitse umunyota,🔥 Kumugoroba wuno musi wambere le 7/07/2025 Niho abanyagihugu Bomukarere ka "KAHAWA WEST" baja guturira zimwe munyubako nkuru nkuru zaho mumuji aho baturiye "Family Bank, Supermarket" Nizindi nyubako zigiye zitandukanye nk'uko mubibona kurizino Sanamu, ivyo vyose bikaba bituruka kubwo kwanka itwaro ya President ,bifuza koyorekura intwaro, bigatuma abanyagihugu bigaragavya biteye ubwoba.

✍️Dukomeze gusengera Abarundi basazwe batuye muri Kenya 🇰🇪 Ndetse dusengera nabanya Kenya Bose😥🤭

07/07/2025

Lumitel ngo ibiciro ntivyaduze ngo bahinduye inzira ucamwo? None se urashobora guhindura inzira ariko ntubimenyeshe abakiriya ndetse ukanabinyegeza, ubu sibwo busuma mubundi? Ese nibangahe bazi aho bazoca ?

Kenya 🇰🇪 Burundi 🇧🇮Uburongozi bw'Igipolice mugihugu ca Kenya 🇰🇪 varagabisha abanya mahanga bifadikanya n'abene gihugu ca...
07/07/2025

Kenya 🇰🇪 Burundi 🇧🇮

Uburongozi bw'Igipolice mugihugu ca Kenya 🇰🇪 varagabisha abanya mahanga bifadikanya n'abene gihugu ca Kenya mukugira imigumuko no guturira ama Station ta Police kandi bamwe murabo banya mahanga nta vyangombwa baba bafise.

Abarundi 🇧🇮nibo baja imbere kuri liste yasohowe b'Igipolice hagakurikira ava kongomani 🇨🇩maze hagakurikira abanya Rwanda 🇷🇼 nabandi babandi ............

👉🏻IMPANURO KUBARUNDI MWATSE INDARO MURI KENYA 🇰🇪 NDETSE N'ABAVANDIMWE BABANYA RWANDA MWUMVA IKIRUNDI ICO MWOMENYA NUKO MWOJA KURE NIYO MIGUMUKO IRIKO IRABA MURI KENYA IYO NTABWO ARI INTAMBARA YANYU MWIBUKE KO MWEBWE MURI ABANYA MAHANGA NI MUKORE IVYABAJANYE MUREKE GUTWARWA N'IBISHO BISHO KUKO IYO NGENDO NTABWO IBEREYE NAGATO MWIKEBUKE MUREKE KWITWARA NKUKO MURI IWANYU.

Ingabo zu   🇧🇮 ziri mu butumwa bw'amahoro muri   🇸🇴 zongewe ikiringo.Nyuma y'inama nyafrika yiga ku mutekano,bafashe ing...
07/07/2025

Ingabo zu 🇧🇮 ziri mu butumwa bw'amahoro muri 🇸🇴 zongewe ikiringo.
Nyuma y'inama nyafrika yiga ku mutekano,bafashe ingingo yo kwongeza ikiringo c'ingabo zu Burundi kubandanya zigarukana amahoro mu guhangana n'umurwi wa muri Somalia mu butumwa bwa , ikiringo kingana n'amezi 6.
Ibi bije mu gihe mu ntango z'umwaka vyari vyatangajwe ko zishobora gutahukanwa bivuye ku kutahuza nimba zokwongerwa ikiringo canke zigatahukanwa.

UYU mwarimu yishwe n'IMPANUKA agiye GUSHYINGURA uwishwe n'IMPANUKA ejo😭| YIGISHAGA i KAYONZA yababaje benshi| Mbega urup...
07/07/2025

UYU mwarimu yishwe n'IMPANUKA agiye GUSHYINGURA uwishwe n'IMPANUKA ejo😭| YIGISHAGA i KAYONZA yababaje benshi| Mbega urupfu rubii..
Kanda kuri iyi link inkuru
https://youtu.be/ODD26SXB0kY

UMUSI UMWE IMANA IZOHINDUKIZA UBUZIMA BWAWE🙏 UWO MUNSI UZORIZWA NIBITANGAZA IMANA IZOBA IGIKOREYE UVYIZEYE ATURA NGO MAN...
07/07/2025

UMUSI UMWE IMANA IZOHINDUKIZA
UBUZIMA BWAWE🙏 UWO MUNSI UZORIZWA NIBITANGAZA IMANA IZOBA IGIKOREYE UVYIZEYE ATURA NGO MANA URABIBSH*TSAKO VUBA AMEN🙏
Akeza.net
Mkombozi Lucifer
Followers Image Burundi

Lumitel irahumaganye!Wa mutekero abantu bari bakunze w'ibihumbi 13(13000fbu) ugiye kubihumbi 18(18000fbu).wahora kuri GB...
06/07/2025

Lumitel irahumaganye!

Wa mutekero abantu bari bakunze w'ibihumbi 13(13000fbu) ugiye kubihumbi 18(18000fbu).wahora kuri GB 2,5 ariko ubu ugiye kuri GB 5

Wa mutekero nawo w'umusi umwe w'igihumbi n'ijana(1100fbu) ugiye ku gihumbi n'amajana atanu(1500fbu) ukuba wahora ari GB imwe ariko ubu ushizwe kuri GB2.

Ikibazo nuko badugije ibi biciro kandi n'umuvuduko wa internet ya lumitel wikwega cane!iyi lumitel ikora ivyo ishatse kuko ishigikiwe n'ubutegetsi bwa CNDD-FDD.

Musomyi ibi biciro uvyakiriye gute??

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Iji ryinzamb yiherezo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share