Tugire Amagara Meza

Tugire Amagara Meza Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Tugire Amagara Meza, Vitamins/Supplements, Bujumbura.

Félicitations Argentine et Lionel Messi
20/12/2022

Félicitations Argentine et Lionel Messi

20/12/2022
18/12/2022

Aloe vera gel nikinyobwa cahinduye ubuzima bwa benshi!
Urashobora nawe kuba urimurabo benshi ariko reka ndakubwire ingene Aloe Vera gel itunganya umubiri wawe :
❗Ukwezi kwa mbere : Iratunganya ibintu vyinshi vyapararanganye mumubiri wawe:
•Guhomora ubucafu, kubaka ahantu ubucafu bwirundanirije hama ikanabusohora.
•Iroza ibihimba bitandukanye bigize umubiri: mu kanwa, igihogihogi, umushish*to, amara, isohokero, Igitigu, ugwagasha,amafyigo....etc
( Ibihimba vyose vyo munda)
•Aloe vera Gel irakubura amara, irakubura umubiri wose ikanakuramwo isumu, uburozi mumubiri. Irasohora utunyabugingo twapfuye.
•Irasubiza uruhu ishusho nziza
•Isumu canke ishano ntaco bivugana !

Koresha Aloé Vera ugire amagara meza !

18/12/2022

Murakaze neza kuri page yacu Tugire Amagara Meza aho tuzorabira hamwe ingene twobungabunga Amagara yacu dukoresheje ingaburo 100% naturel.

Address

Bujumbura

Telephone

+25779747356

Services

Specialties

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tugire Amagara Meza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share