Magazine Sante Burundi TV

Magazine Sante Burundi TV Une Magazine pour la santé de la nation Burundaise

Pour plus d'infos: +257 71 472 461
Email: nidivin51@gmail.com

10/02/2026

Mu vyo utegura gukora uyu mwaka wa 2026 ntiwiyibagize gusuzumisha uko amagara yawe ameze. Iki n'ikiganiro kidasanzwe kuri Magazine Sante Burundi TV aho tubayagira ukwo dukwiye gutegura amagara yacu.

Kurikirana ikiganiro cose uciye hano:

https://youtu.be/KJtKIIR0N44?si=OgDFXF5oxpEOVnNh

Tubahaye ikaze kuri Magazine Sante Burundi

16/01/2026

Hari abantu benshi bishika amenyo agatoboka n'abandi bishika amenyo akabungwa bivuye kw'isuku rike rijanye no kwoza amenyo.

Abo bantu ni benshi mu gihugu bagendana ubwo bubabare. Uyu musi kuri Magazine Sante Burundi TV turabibayagira. Kurikira Ikiganiro cose uciye hano:

https://youtu.be/ZyR8LUXWPBg?si=CkYwLvu7IHCEg2UH

Tubahaye ikaze kuri Magazine Sante Burundi

10/01/2026

"Abaganga b'abarundi bahereye hanze!!!"

N'igiki kiriko kiratuma uyu musi abaganga ba barundi bagenda hanze ku bwinshi? N'igiki cokorwa kugira uwo murindi ugabanuke?

Magazine Sante Burundi TV uyu musi yaganiriye n'umuhinga mukuvura imvune akongera akaba n'umwigisha muri kaminuza y'Uburundi mu gisata ca Medecine. Professeur Jean Claude NIYONDIKO

Ibi n'ibindi vyinshi nivyo tugiye kurabira hamwe uyu musi muri kino kiganiro. Kurikira uciye ngaha

https://youtu.be/2V0EohR8-58?si=Wad2Wq1pNceaSauq

Tubahaye ikaze kuri MAGAZINE SANTE BURUNDI



https://www.youtube.com/watch?v=6x5P0MPLbqY🔴Indwara zo mu mutwe nta n'imwe itavugwa/Umurwayi agendana uburwayi bwo mu mu...
08/01/2026

https://www.youtube.com/watch?v=6x5P0MPLbqY

🔴Indwara zo mu mutwe nta n'imwe itavugwa/Umurwayi agendana uburwayi bwo mu mutwe yarakwiy kwitabwaho

yabateguriye ikiganiro kidasanzwe ku ndwara zo mu mutwe mu ntumbero nziza yo gukinga no kumenya ukwo dukwiye gufasha uwagize ubwo burw...

Ce 27 décembre 2025, le plateau de Magazine Santé Burundi a accueilli le Professeur Jean‑Claude Niyondiko, chirurgien or...
04/01/2026

Ce 27 décembre 2025, le plateau de Magazine Santé Burundi a accueilli le Professeur Jean‑Claude Niyondiko, chirurgien orthopédiste, chef de service de la Chirurgie à Kira Hospital et ancien doyen de la Faculté de Médecine (2020‑2023). L’occasion était idéale pour revenir sur son parcours, ses combats et les défis de la santé au Burundi.

Restez connecté sur le MAGAZINE SANTE BURUNDI pour la prochaine emission


ku magara Yacu

Bonjour à tous et meilleurs vœux pour cette nouvelle année ! 🎉La semaine dernière, nous avons eu le plaisir d’accueillir...
04/01/2026

Bonjour à tous et meilleurs vœux pour cette nouvelle année ! 🎉

La semaine dernière, nous avons eu le plaisir d’accueillir les nouveaux journalistes de Magazine Santé Burundi. C’est avec enthousiasme que nous les intégrons à notre équipe pour continuer à vous offrir une information de qualité,engagée et proche de vos préoccupations sanitaire.

Merci à tous pour votre soutien et votre confiance. Rendez vous très bientôt pour de nouveaux contenus!




ku Magara Yacu

04/12/2025

Mbega nawe bihora bishika iyo uri kwa muganga kwivuza canke kwibaruka ukibaza barya bakwakira ubwa mbere ugishika ico bakora n'ico bajejwe kwa muganga?

Ugiye kuraba ukwo wakiriwe n'ukwo witabweho ugasanga babigizemwo uruhara rudasanzwe?

Barya si abandi ni aba infirmiers (abavuzi mu kirundi) canke aba sages femmes (abanonosoye kwakira imbanyi z'abavyeyi). Ibanga ryabo rirahambaye!

Uyu musi twabiganiriye kuri MAGAZINE SANTE BURUNDI. Kurikirana ikiganiro cose uciye hano:

https://youtu.be/jHMspmCH_dU?si=W84jehK0NjYmmtGy

Turabakunda cane

02/12/2025
26/11/2025

Let’s unite to end online violence against women and girls

26/11/2025

Unissons-nous pour mettre fin aux violences numériques faites aux femmes et aux filles

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Magazine Sante Burundi TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Share on Facebook Share on Twitter Share on LinkedIn
Share on Pinterest Share on Reddit Share via Email
Share on WhatsApp Share on Instagram Share on Telegram