Nutrition Care

Nutrition Care Nutrition Care numugambi wo kwigisha abantu uburyo bwiza bwo gufungura no kwivura hakoreshejw ibimera

21/05/2024

MBEGA WARUZI KO IMFUNGURWA TWIHEREZA KO ARI UMUTI? SANGUZA ABANDI KINO KIGANIRO MWONGERE MUNADUKURIKIRANE KURI YOUTUBE YACU MUBASHE KUMENYA VYINSHI

https://youtu.be/ZS7wxk85r-g?si=5xwNoHbsTAeXcdxpMbega waruzi ko amaraso ari kimwe mubintu bikomeye cane bigize ubuzima b...
17/05/2024

https://youtu.be/ZS7wxk85r-g?si=5xwNoHbsTAeXcdxp

Mbega waruzi ko amaraso ari kimwe mubintu bikomeye cane bigize ubuzima bwacu? Woba ufise ikibazo camaraso make?woba ufise ingorane ijanye nokugira amaraso atari meza arimwo imigera? Woba wipfuza kumenya ibifungurwa bifasha kuvura no kunagura amaraso mumibiri yacu?inyishu iri muri ino video.
Ntimwibagire kuyisangiza abandi

Nutrition Care ni umugambi wo gufasha abantu,kubigisha,uko bakwiye gufungura neza kugira bakingire amagara yabo bongere ...
16/05/2024

Nutrition Care ni umugambi wo gufasha abantu,kubigisha,uko bakwiye gufungura neza kugira bakingire amagara yabo bongere banayabungabunge hakoreshejwe ingaburo nziza zibereye,nimiti kama(iva mubimera)

Address

Boulevard De L'independance No27
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Nutrition Care posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Share on Facebook Share on Twitter Share on LinkedIn
Share on Pinterest Share on Reddit Share via Email
Share on WhatsApp Share on Instagram Share on Telegram