Ukwemera kwawe inzira yawe

Ukwemera kwawe inzira yawe Ino ni page nashimye ko twozirikanira hamwe ijambo ry'Imana tukabazanya ibibazo kandi tugafashanya kwishura

Mahoro neza ncuti zanje Dutangure urugendo rushasha mukuzirikana ivyanditswe vyeranda canecane bibliya .naho bizodutwara...
24/09/2025

Mahoro neza ncuti zanje
Dutangure urugendo rushasha mukuzirikana ivyanditswe vyeranda canecane bibliya .naho bizodutwara akanyna karekare nipfuza ko twotangurira kugitabo c'amamuko gushika kugitabo c'ivyahishuriwe umutumwa yohani .
Inyigisho uko zizoba ziteguwe n'uku :nugutnga ibintu nyamukuru bidufasha gusoma bibliya nyeranda .
Mwibuke ko ivyanditswe vyose vyahumetswe n'Imana bikagira ikimazi m'ukwigisha ,uguhanura,ukugorora n'ukurera m"ubutungane (2tomkte3:16)

Amahoro neza mwese ngarutse hano kubibitsa ikintu nigeze kuvuga mumisi yaheraEkleziyan'umugambi w'Imana sishaka ry'abant...
23/09/2023

Amahoro neza mwese ngarutse hano kubibitsa ikintu nigeze kuvuga mumisi yahera

Ekleziyan'umugambi w'Imana sishaka ry'abanturero muvugamak nabi canke mureka tekereza n'ingabo za shetani ntizizoyisenyura

Ugukomeza kwinuba abandi nivyo bizokubuza umutima wukubakunda Dufise bike dutunze ariko dufise vyinshi vyugutanga
12/07/2023

Ugukomeza kwinuba abandi nivyo bizokubuza umutima wukubakunda

Dufise bike dutunze ariko dufise vyinshi vyugutanga

UMUSHA WA YEZUMurupfu gwa yezu niho hagaragaye ikimenyetso c'uzuye c'ubunywanyi klistu afitaniye n'umuntu ugwo rukundo r...
05/07/2023

UMUSHA WA YEZU

Murupfu gwa yezu niho hagaragaye ikimenyetso c'uzuye c'ubunywanyi klistu afitaniye n'umuntu ugwo rukundo rero gwabonetse mugusesa amaraso n'amazi ngo akize wewe na jewe none rero twame twitura uwo mushaha wadukunze kugira ngo dukire
Nimba muvyibuka neza usirikare yacumise yezu rirya cumu yarahumye ijisho ariko kubwugwo rukundo gwuzuye yezu yaramukijije .none wewe umwituye yoreka kugukiza?
Niwe yavuze ngo abarushe n'abaremerewe nimuze iwanje ndabaruhure mwiture azogukiza

MAMAN Thérèse de Calcutta yavuze ngo:1.ugukomeza kwinuba abandi nivyo bizokubuza umutima w'ukubakunda2.ikiduha iteka n'i...
04/07/2023

MAMAN Thérèse de Calcutta yavuze ngo:
1.ugukomeza kwinuba abandi nivyo bizokubuza umutima w'ukubakunda
2.ikiduha iteka n'ico tumariye abandi
3.ugukomeza kwinuba abandi nivyo bizokubuza umutima w'ukubakundq
4.uwumara akanya mukurondera ivyomufasha kwitezimbere ntaronka umwanya w'ukuvuga nabi abandi

Mère Thérèse de Calcutta. DUSABIRE

K***a abansi banyu ,girira neza ababahama sabira n'abababeshera Bose.Igihe n'iki ngo wirengagize n'irengagize ivyo vyose...
20/06/2023

K***a abansi banyu ,girira neza ababahama sabira n'abababeshera Bose.
Igihe n'iki ngo wirengagize n'irengagize ivyo vyose budutandukanya .ico yezu yadusavye n'uko twokundana .
Akarorero nabi ntikazobura ariko haragowe uwo kazovako
Ivyanditswe vyose vyahumetswe n'imana bikagira akamaro mukwigisha m'uguhanura no m'ukurera ruklistu (2thimote3:16)

Nirenganira

EKLEZIYA Ekleziya sigikogwa c'umuntu numwe mugabo : nigikogwa ça yezu klistu kuko yabwiye petero ngo "nzokwubakako eklez...
08/06/2023

EKLEZIYA

Ekleziya sigikogwa c'umuntu numwe mugabo : nigikogwa ça yezu klistu kuko yabwiye petero ngo "nzokwubakako ekleziya n'ingabo za shetani nizizoyisenyura " ngico rero ico wewe najewe twomenya nta bubasha nabutoyi dufise ngo dusenyure ekleziya y'Imana

ICITONDEGWA: Ekleziya n'umuvyeyi yama atezibiganza abana niwe ngo abakire kurya rero iyo abavyeyi baraye baragwana utagenda urabivuga hose nibibe kwo no kw'uwo muvyeyi ntuvuge ayo wishakiye ngo ushatse kuyisubiramwo umutima wawe ukwagirize

YEZU ati "ndafise n'izindi ntama " erega yavuga abo benedata
MUHEZAGIGWE UBUNDI JEWE NIRENGANIRA

TAGE K'UMUVYEYI WACU BIKIRA MARIYABavukanyi ntore z'umukama turabe iteka rya mawe twagabiwe musi y'umusarabaUbwambere tu...
06/08/2022

TAGE K'UMUVYEYI WACU BIKIRA MARIYA

Bavukanyi ntore z'umukama turabe iteka rya mawe twagabiwe musi y'umusaraba
Ubwambere turibuka ibonekegwa ryiwe turarisoma munkurunziza ya Luka 1 dutangarire k'uburyo budasanzwe inyishu yatanze ( ngo jewe nd'umusavyi w'umukama n'ibimbere nk'uko ubuvuze) none uwo Imana yateye iteka ry'ukwibaruka umwana woyo kandi uwu yemeye ico yatumweko n'umukama kubwawe yoba ari umuntu asanzwe? Jawe mfatiye kw'ijambo ry'Imana Riri munkurunziza ya yezu klistu yanditswe n'a Luka 2:34-35 simeho yarabivuze neza ngo uwu mwana azobera urukiza benshi ngo kandi binshi muri bene isirayeri bazomwandurako urupfu aca abwira Bikira Mariya ati kandi nawe inkota izogusogota m'urubavu zirikana ukoresheje ubwenge Imana yakuremanye
Ubugira kabiri turabe urugendo gw'ugukura kwa yezu yaramureze aba mwiza imbere y'Imana n'imbere y'amaso y'abantu none hari uwotanga ivyo adafise? Nuwumuvyeyi yari yuzuye Ubuntu ,urukundo n'ubwiza imbere y'Imana n'abantu

Dusabe inema y'ugutegura ibinyegezwa vyeranda kugira tubashe gushikira ubuhigwe budahera twisunze uburorero bwabatwitangiye imbere AMEN kandi twame twitura gose umushaha w'umukama wacu yezu klistu wama w'isuka ivyiza n'urukiza

01/08/2022

Uragendera Ubuntu navyo bizokuzanira abantu abantu n'abo bizokuzanira ibuntu ikibwigwa n'icumva

Kameremere kamuntu karatandukanye n'a kamere k'umutimaUmubiri wo udukwegera mubiryohera umubiri ibiryohera umubiri navyo...
03/07/2022

Kameremere kamuntu karatandukanye n'a kamere k'umutima

Umubiri wo udukwegera mubiryohera umubiri ibiryohera umubiri navyo ntibiramba kuko bifise iherezo urangije ubuzima bwo kw'isi umubiri baca bahamba
Ariko rer agatima ka muntu wamutima utuyobora unyuranye gose n'uwu mubiri dufate rero akarorero nk'akabamaratiri baba abibuta canke abibuganda bo banse guhemuka kw'ibanga ry'ubuklistu bakemera urupfu

Unomusi w'ukwikukira kw'igihugu cacu uranditse muri Biblie hewe soma bene levi(abarewi23-24
01/07/2022

Unomusi w'ukwikukira kw'igihugu cacu uranditse muri Biblie hewe soma bene levi(abarewi23-24

Ubumwe bwa Data mwana na mutima mweranda n'Imana imwe m'ubutatu bweranda n'abaperzsona batatu kandi umwe wese afise akar...
12/06/2022

Ubumwe bwa Data mwana na mutima mweranda

n'Imana imwe m'ubutatu bweranda n'abaperzsona batatu kandi umwe wese afise akaranga kiwe ariko ni m'ubumwe budacika

None rero wewe nk'uwemera usabwe kwemera nyene kuko Data ni. Rurema mwana n'umucunguzi n'amutima we abeshaho

Igihe yezu yari mubutimwa bwiwe ngaha kw'isi yarikumwe n'a data n'a mwana n'ubu nyene yezu yaramuduhaye twame tumwambaza kugira abe ariwe adutahuza ibinyegezwa vyeranda kuko ariwe nyene vyerekeye Amen s

Address

RN3
Nyakabiga

Telephone

+25761055254

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ukwemera kwawe inzira yawe posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Share on Facebook Share on Twitter Share on LinkedIn
Share on Pinterest Share on Reddit Share via Email
Share on WhatsApp Share on Instagram Share on Telegram