Cabinet du Psychologue Nibaruta

Cabinet du Psychologue Nibaruta gréé le 05 Juillet 2012, le Cabinet du Psychologue NIBARUTA offre des services variés dans le but d'assurer le bien être et le mieux être de ceux qui nous consultent!

Operating as usual

"Vaccin" mubijanye ninyifato ....

Umwana azoshika kure umutegura akiri muto cane..

La Crèche Winners School

A la crèche winners school, nous faisons chaque jour notre maximum pour éduquer des enfants, adultes en devenir qui seront heureux.
Notre vision est fondée sur la théorie des intelligences multiples
Ici, l'intelligence musicale rythmique était à la une. .... .

Adresse:
kinindo avenue ndamukiza numéro 63
Whatsapp 61 98 47 89

La Crèche Winners School

Notre mission : "Eduquer des enfants heureux et intelligents ...."

Adresse : kinindo, avenue ndamukiza, numéro 63
Watsapp 61 98 47 89

La Crèche Winners School

Enfants heureux, enfants intelligents!!!!!
La Section crèche dispose encore quelques places pour les enfants d' une année six mois et plus.

Inscrivez vos enfants et soyez rassurés
Adresse : Kinindo ,avenue ndamukiza, numéro 63
Whatsapp: 61 98 47 89

La Crèche Winners School

Ivyo crèche Winners School yemereye abavyeyi bandikishije abana babo mu buruhuko twarabish*tseko.

Adresse: Kinindo, avenue Ndamukiza n°63
Téléphone (Whatsapp) : +257 61 98 47 89

K'UMUNTU ABISHAKA, GUHEBA ITABI CANKE INZOGA BIROROSHE

Guheba itabi canke inzoga biroroshe cane iyo umuntu abishaka

La Crèche Winners School

Nous avons un seul objectif: " Eduquer des enfants qui réussirons leur vie "
Adresse
Kinindo
Avenue ndamukiza
Numéro 63
Watsapp 61984789

La Crèche Winners School

Turiteguye kuryosha vacances z' abana banyu....

La Crèche Winners School

Umwana arashobora kuba ariko aca mubihe bimubabaje umuvyeyi ntabimenye.......

La Crèche Winners School

En ce jour, nous célébrons l'anniversaire de 4 ans de HABARUGIRA BEST ! Tu es une bénédiction pour ta génération BEST !!!!!! .Tu grandis en stature et en sagesse.

Anxiété ningwara abantu badakunze kumenya , bituma umuntu atamenya uko yofashwa mugihe ayifise

Ibi bimenyetso ubibonye woca umenya ko ufise .....

La Crèche Winners School

Emission "CLUB DES PARENTS"

Afungura ibiteye itongo, ayo namajambo amwe muyo bavuga iyo umuntu afungura vy'umurengera. Biva kuki ? Bene abo bantu twobafasha gute ?

Iyo umuntu afise ingorane yo gufungura cane, mukibano biboneka gute ??

Kubura itiro biva Kuki ? Nigiki wokora kugira usubire gusinzira neza ?

Wokwifata gute mugihe w'isanze mumigenderanire numu manipulateur ?

KUGENDANA N'UWO BITA UMUMANIPULATEUR "BIRAVUNA UMUTIMA".

Mukimenyana arakwitwararika, akwereka urukundo rwinshi, hamwe wumva ari umuntu wambere ameze neza cane. Haheze igihe c'amezi make murimubugenzi aca ahinduka ukundi bikakurengera... .....kurikira kino kiganiro uratahura vyinshi.

IKI KIGANIRO UGISANGIZE ABANDI NIWUMVA COBAFASHA

UKUNDE PAGE YACU NATWE TWIYEMEJE KUBAHA IBIGANIRO VYINSHI BIBASHIKA KUNYOTA

Abifuza kuja muri groupe whatsapp yiki kiganiro siga numéro yanyu muri commentaire

La Crèche Winners School

Avec un matériel didactique adapté à chaque enfant, nous avons pour objectif de former des gagnants dès le bas âge.

Inscrivez vos enfants et soyez rassurés
Vous nous trouverez à kinindo ,

avenue ndamukiza numéro 63

Whatsapp 61 98 47 89

Les places sont limitées

BLESSURE D' ABANDON

Blessure d' abandon,

umuhungu usanga afise amabega kubitugu, umukobwa aba afise ibisusu binini, munda hato numugongo muremure gato. Ibi n'ibindi ni muri iki ikiganiro

TURAGUSHIMIYE MUKUNZI W'IKI KIGANIRO UHORA UTWANDIKIRA UDUSHIGIKIRA

TURASHIMIYE BIVUYE KUMUTIMA WEWE UGIRA PARTAGE BIGASHIKIRA BENSHI ,IYO NTERERANO YANYU TUYIHA AGACIRO KANINI

Blessure d'humiliation

Blessure d'humiliation,

kurikirana kino kiganiro uratahura inyifato wahora ubona kubantu, .....aya ma tailles yacu burya arafitaniye isano nibikomere vya kahise.

Hari umukenyezi n'egereye ndamubaza ndavye taille yiwe, nsanze ihuye niki gikomere, acambwira ko akiri umwana yaronse amanota mabi mwishule umuvyeyi yaca afata ama copies akayamanika muri salon, gutyo umush*tsi wese aje agaca ayabona. Ikindi ngo yaratevye guheba kugira pipi mugitanda.

IBIKOMERE URASHOBORA KUBIKIRA

KUNDA PAGE YACU, UZE URARONKA IBIGANIRO, GIRA PARTAGE gutyo bishikire benshi

"Le psy à notre service."

Kuki atizera umuntu n' umwe? Afise igikomere ikihe turavye Iyo nyifato? Bikurikirane muriki ikiganiro.

M.N. UKABA UNEZERWA NIBIGANIRO BICA KUR'IYI PAGE , WIBUKE KUYIKUNDA UYISANGIZE N'ABAGENZI MUKUGIRA PARTAGE

Igikomere co kumushaha citwa blessure de rejet :
, 1)uwugifise agira inyifato izihe??
2)Yogikira gute?
Ibi n'ibindi nimuriki ikiganiro.

M.N. MWIBUKE GUKUNDA PAGE KUGIRA MUZOHORE MURONKA IBIGANIRO VYOROSHE.
Gira Partage ubisangize n'abandi.

"Le psy à notre service"

Igikomere citwa "BLESSURE D'INJUSTICE" , umuntu agifise yitwara gute? Ibi nibindi nimuriki kiganiro.

La Crèche Winners School

Apprendre à votre enfant à se connaître pour trouver le métier de son rêve.

La Crèche Winners School

""Uwutazi iyaja ntazimira.""

Dès le bas âge, l'enfant devrait avoir une vision claire de sa vie. Même s'il changerait mille fois l'idée de ce qu'il exercera comme profession, l'essentiel est d'y penser.

A la crèche winners school nous sommes conscient que choisir une carrière est un processus long et progressif.

La Crèche Winners School

Le cours de natation avec un maître nageur, nulle part qu'à la crèche winners school. Inscrivez vos enfants et soyez rassurés.!!!
Adresse : Kinindo , avenue ndamukiza numéro63
Watsapp 61 98 47 89

La Crèche Winners School

La Crèche Winners school est adaptée à votre enfant.
Notre Vision: Enfant heureux, Enfant intelligent.

La Crèche Winners School

La Célébration de la Fête de Noël à la Crèche Winners School...(en images)

La Crèche Winners School

Enfants heureux, enfants intelligents
Inscrivez vos enfants à la crèche winners school , soyez rassurés
Adresse : kinindo, avenue ndamukiza
numéro 63

La Crèche Winners School

"Des enfants heureux et intelligents."chaque jour nous faisons notre maximum pour arriver à cet objectif. Inscrivez vos enfants à la crèche winners school et soyez rassurés....
Horaire 8 h-11h30
8h_17h
Adresse : Kinindo avenue ndamukiza numéro 63
Watsapp 61 98 47 89
76 11 11 40 secrétariat

La Crèche Winners School

Comment préparer ton enfant à être un grand entrepreneur dès le bas âge ??

La Crèche Winners School

Conscients que nous avons de futurs biologistes , ingénieurs, docteurs en médecine, mathématiciens, etc, nous faisons chaque jour notre maximum pour aider l'enfant à développer toutes les formes d'intelligence. Aujourd'hui, il était question de l'intelligence naturaliste.

Adresse : Kinindo avenue Ndamukiza
WhatsApp: 61 98 47 89

La Crèche Winners School

At Winners nursery School, French is our Learning language, but we learn English also.....

Ibikomere vyo k'umushaha n'ibihe ? Birakira ?

La Crèche Winners School

Quelle est la particularité de la crèche WINNERS school.....

La Crèche Winners School

Quand le parent de la crèche Winners School temoigne....

Quand le parent de La Crèche Winners School temoigne....

Want your business to be the top-listed Clinic in Rohero?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Videos (show all)

"Vaccin" mubijanye ninyifato ....
K'UMUNTU ABISHAKA, GUHEBA ITABI CANKE INZOGA BIROROSHE
Anxiété  ningwara abantu badakunze kumenya , bituma umuntu atamenya uko yofashwa mugihe ayifise
Afungura ibiteye itongo, ayo namajambo amwe muyo bavuga iyo umuntu afungura vy'umurengera. Biva kuki ? Bene abo bantu twobafasha gute ?
Kubura itiro biva Kuki ?  Nigiki wokora kugira usubire gusinzira neza ?
Wokwifata gute mugihe w'isanze mumigenderanire numu manipulateur ?
KUGENDANA N'UWO BITA UMUMANIPULATEUR "BIRAVUNA UMUTIMA".
BLESSURE D' ABANDON
Blessure d'humiliation
"Le psy à notre service."
"Le psy à notre service"

Location

Category

Telephone

Address


BUILDING LIMBA HOUSE 2ème Niveau Bureau B4 à Coté De L'Ecole Internationale Sur La RN3, BUUJUMBURA
Rohero

Opening Hours

Monday 13:00 - 17:00
Tuesday 13:00 - 17:00
Wednesday 13:00 - 17:00
Thursday 13:00 - 17:00
Friday 13:00 - 17:00
About   Contact   Privacy   Login C